April 19, 2024

INKURUNYAMUKURU

INKINO

IBIKURIKIRANWA

KWAMAMAZA

BUSINESS

Seagull Alliance Investment Ni company nini cane yagutse ikorera mw’isi yose

Seagull Alliance Investment Ni company nini cane yagutse ikorera mw’isi yose

Seagull Alliance Investment Ni company nini cane yagutse ikorera mw'isi yose, ikaba ifise icicaro gikuru muri AMERIKA. Iyi company ikaba yaje kubwacu no kubwanyu, ikaba...

Broadcasting business news yaragendeye Uruganda AJENITEKAS rusazwe rukorera muntara ya cibitoke ca rungombo

Mu Burundi uko bukeye nukobwije hagenda haraterimbere mubisata bitandukanye , inganda zihingura ibitandukanye nazo zamaze kubanyishi nibintu vyo kwishimira cane. Broadcasting business news yaragendeye Uruganda...

IBIDANDAZWA

Rallye rallye internationale yagakuru mu gihugu cacu c’uburundi ryadushwayemwo 

rallye internationale nihiganwa rikomeye ryo gusiganwa n’imiduga  kuruyu mu goroba wa gatanu igenekerezo rya 18/8/2023 mu ntara ya Ngozi niho iryo higanwa ryo gusiganwa n’imiduga...

Uyu niwe yatahukanye ikibanza Ca mbere muri BEST PRESENTER AWARD mu burundi muri uno mwaka

BEST PRESENTER ihiganwa ryari ryatangujwe na BBNEWS rikaba ryasozerewe kwi itariki 15/08/2023. kubashoboye kwitaba kuva muntango gushika munyuma ihiganwa,vyari ibintu bitaboroheye kuko vyasaba ko baronka...

SUMMER FOOD FESTIVAL Igiteramo na BBnews cagakura kucuro yambere ku kiyaga Tanganganyika aho bita kuri UZURI BEACH mu gisagara  ca Bujumbura

BBnews yabateguriye SUMMER FOOD FESTIVAL aho hazoba hakoraniye uburiro bukomakomeye bugiye butandukanye  iryo hayanishwa rikaba rizoba kwitariki ya cumI na gatanu Myandagaro ibihumbi bibiri na...

Bihejeje kumenyeshwa na Primus Burundi 

Ca gihe twese twari turindiranye igishika cageze  Biremezwa neza ko , finale ya #PRIMUSIC2023 itazoba isanzwe  Duhurire twese i Gitega, kur'uyu wa mungu itariki 30 kuri...

IKIBANZA CO KWAMAMAZA