April 20, 2024

AKATARABONEKA MURI LA VIDA PLUS RESTAURANT Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,

1

Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,Aho twaramutse tugendera Restaurant ikora neza nayo siyindi  ni La Vida Plus Restaurant  twahasanze abanegihugu benshi baje kwivuna umusase,batumenyesheje ko kuva bamenye La Vida Plus Restaurant  atahandi bagifungurira atari muri La Vida Plus Restaurant.Twegereye uwusazwe arongoye La Vida Plus Restaurant  yagize ati :Umunsi umwe yitegereje ukuntu yabuze aho yakirira abashitsi nivyo abafungurira baje mu mirimo ya minsi yose hano mu gihugu cacu  niho ico ciyumviro ca muzamwo yiyumvira  gutanguza uwo mugambi wa Restaurant hamwe na salle de reception  wiswe La Vida Plus Restaurant.

Twegereye abasanzwe bahakorera haba abateka canke abakira abantu batwiganiye ko La Vida Plus Restaurant  ariyo restaurant yambere basazwe bakora neza bafise nabahinga bavyigiye mu mice itandukanye.

 Muri La Vida Plus Restaurant bakaba bategura Icayi(Petit Dejeunes) bimeze neza cane,ndetse na nakavuna musase kameze neza(Buffet)kandi ari kugiciro kitavuna,ikindi nuko muri La Vida Plus Restaurant ibintu vyaho vyose bikozwe mwisuku ryakataraboneka.

Hambavu ya Restaurant  twahasanze  nabariko bahivunira akanyota bisugura inyuma yukuba ari Restaurant ,hari nubunwero bwiza aho atakinyobwa na kimwe wohabura ico wipfuza cose urakihasanga .Akabirya muri La Vida Plus Restaurant ifise n,ikibanza ciza cane cakataraboneka hano mugisagara ca Bujumbura (salle de reception) no hagati mugihugu co gukoreramwo imanza zitandukanye kandi kubiciro bito cane yaba Ubukwe(Mariage),Gusaba umugeni(Dot),Isabukuru z,amavuko(Aniversaire) ndetse no Guca kumazi no Kuganduka(Levee de deuil Partiel,Definitif)nikibanza ciza kandi cagutse eka ikirushirije nuko bafise naho bahagarika imiduga heza ndetse hanini hashobora kwakira imiduga igera kumajana abiri niyirenga .

Abipfuza gukorera imanza ahantu heza kandi hiyaguye nyaragasa  muri La Vida Plus Restaurant babibafashemwo kubiciro vyiza cane ,kandi nabipfuza kwivuna umusase canke akanyota bimeze neza muri La Vida Plus Restaurant ,ikaba isazwe ikorera munyubakwa za TOKYO BUSINESS CENTER  musi yisoko kwa SIYONI aho benshi bita kwa VENERARD.

*TELEPHONE :  +257 61 70 08 57

                            +257 22 90 10 15

Iciyumviro on AKATARABONEKA MURI LA VIDA PLUS RESTAURANT Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,

    Joël
    July 8, 2023

    Bagira service nziza

    0
    0

Siga Iciyumviro