AMAZI TEFI AKORWA N’URUGANDA AJENITEKAS ARI GUKUNDWA CANE N’ABENE GIHUGU KURUGERO RUSHIMISHIJE

4

AJENITEKAS Company Isanzwe ihingura amazi ya TEFI nibindi bitandukanye Ikorera muntara ya CIBITOKE – RUGOMBO

Ni mugihe IKINYAMAKURU BBNEWS (BROADCASTING BUSINESS NEWS) Gisanzwe gikora ibijanye no gukwiragiza ayo mazi mu bene gihugu Muri iyindwi kuva igenekerezo rya 17 RUHESHI kiri kuyakwiragiza mugisagara ca BUJUMBURA no mumi cungararo yaco Akaba aramazi akundwa cane kandi aryoshe cane Abene GIHUGU Barayikugura cane Bamwe mubayafashe barashima harimwo naba CHOFFEUR BA ITRACOM Bavugako ayo mazi ya TEFI yaje hagegeze

Amazi ya Tefi ni amazi yizewe neza akozwe kubuhinga bushimishije akaba akwije n’ibisabwa CHLORIDE 24.3 CALCIUM <2 POTASSIUM <1 MAGNESIUM 0’01 SODIUM 11.8 PH 6.9-7.4 urwo URUGANDA AJENITEKAS ruramenyesha ABARUNDI n’AMAKUNGU ko rugiye kubarosa amazi meshi kandi meza cane kurugero rushimishije aho tunabonako ayomazi ari gukundwa cane ahiwacu MU BURUNDI ndetse no mu GIHUGU Kibanyi ca CONGO Aho abanyagihugu baho atayandi mazi bacipfuza Kwihereza atari ya TEFI

Nimugihe IKINYAMAKURU BROADCASTING BUSINESS NEWS (BBNEWS) Cihaye ihangiro ryo kwamamaza ayo mazi kivugako vuba cane umwene gihugu wese azoba amaze kuroswa ayo mazi ya TEFI Haba kuba yanya bari kumirimo ndetse ba badandaji bipfuza kuyadandaza bakazoba bamaze kuyaroswa vuba bwango murukukwezi nyene kuko tunabonako bari kuyahurumbira Kandiko No muntara za ruguru batibagiwe nka NGOZI,GITEGA,RUMONGE Ko vuba cane babazanira ayomazi akabashikira bitabagoye

Uro RUGANDA AJENITEKAS ni ngirakamaro Muntara ya CIBITOKE ABANYAGIHUGU barakenguruka cane Kuvyo rubafasha nokuba rwararonkeje akazi abatari bake muriyo ntara ndetse nomuzindi NTARA Barakenguruka. Turangije duhamagarira abarundi na barundikazi, Duhamagarira abadandaji batandukanye kugura no kurangura ayo mazi ya TEFI #BBNEWS ikaba iri kubarosa ayomazi mugisagara ca BUJUMBURA Mugikorwa ca ROADSHOW mugu kwiragiza ayo mazi.

Musomyi nawe Munyagihugu Tuguhamagarira kunwa amazi nakare muraziko aribwo buzima Umwanditsi #NTIHINDUKA Rachidi

BBNEWS #BUJUMBURA BURUNDI

4 thoughts on “AMAZI TEFI AKORWA N’URUGANDA AJENITEKAS ARI GUKUNDWA CANE N’ABENE GIHUGU KURUGERO RUSHIMISHIJE

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Verified by MonsterInsights