April 19, 2024

Amazina yanje ni CAPITAINE

5

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

Mukuntora bigenda uku:nugupfonda like na commentaire kuri instagram ya BBNEWS ukongera ukaja kuri site web ya BBnews ukandika muri commentaire na like.

Ndabashimiye k’urukundo muzonyereka

5 ivyiyumviro on Amazina yanje ni CAPITAINE

    Nzitunga Babu
    June 17, 2023

    Capitaine Aratunezera kur Radio

    0
    0
    Sky
    June 17, 2023

    Capitaine de la capitale hejuru CNE 🤝💪

    0
    0
    nzitunga babu
    June 18, 2023

    capitaine hejuru cane

    0
    0
    Nice sky
    June 18, 2023

    arashoboye cane

    0
    0
    Arsen
    June 20, 2023

    Uremew bigman

    0
    0

Siga Iciyumviro