Basketball : Urunani, mudahagarikwa mu nzira igana Bal
Kuri uyu wa 29/11/20024, umugwi wo mu Burundi, Urunani, uhejeje kwongera gutsinda ubugira kandi, mu rukino bahejeje gukina na Fox Sports Basketball yo muri Sudani y’Epfo batsinze ku manota 70 kuri 61. Mu ntsinzi ya mbere muri bakinye na Matero Magic, aho urukino rwarangiye ku manota 87 kuri 34. Ubutaha ku wa 01/12/2024, bakazokina na City Oilers yo muri Uganda, igihe c’isaha 11h30.
Umugwi w’urunani ukaba ufise amahirwe arenga ibice 60% vyo kuja gukina inkino za Bal. kuko bazoraba imigwi 2 yigenjeje neza. Iryo higanwa ririko ribera ku kibuga ca Nyayo Stadium kiri mu gisagara ca Nairobi mu gihugu ca Kenya.
Mwomenya ko Urunani rusanzwe rumenyerezwa na Elvis Hakizimana “Gafyisi” aheruka no guhabwa impamyabushobozi mpuzamakungu mu vyo kumenyereza.
Turabakeje!
amahirwe menshi kurunani
urunani erega ruranashoboye
urunani rwabikoze courage
rurabikora urunani rurabica bigacika
urunani turagwizeye ruzobikora nkukwo rwabikoze
urunani numurwi sindababesha
umurwi urunani uriko witwara neza kinogihe
Amateka arakomeza kabisa
yoba nintamba zibikora uko biba biryoshe
Urunani hejuru
Amateka kuyandi kabasa
umugwi wacu tuwurinyuma
Kuko baskt ikomeye muburundi kurusha footbal?
iyimigwi ikiboneka hajamwo imitahe myishi koko abakinyi urabonako bishimye
ishaka
objectif ni kufika mu BAL ishaka
urunani ruzonabica kabisa
ruzonabica ahubwo
asha muzotangara rutwaye BAL
urunani hejuru cane
iyi équipe izobica ndabarahiye
urunani nurwambere
umurwi wurunani numurwi wamateka
ishakaaa
umurwi wacu hejuru cane
ishakaaa
rega nta murwi ufise inoti utsindwa
urunani nzorurwa inyuma pee
my favorite player mohamed doumbia
umurwi wacu uzonabica ahubwo
ivyo birasanzwe na dynamo yarabikoze
asha reka turindire turabe kwizorengana
ubu ntawundi murwi uzohora userukira uburundi atari URUNANI
asha kakarwi kikomeje kabisa
ubu tudatwaye bal ntituzokwemera
ishakaaaa
dukeneye yuko bal yo mumwaka uza yobera mu burundi
uwo murwi urayobeye cane
asha tuzonabica ahubwo
ntituri munzira ahubwo tuza twarashitseyo
équipe yamateka menshi
umurwi wambere wibikombe
ubu ntitukiri hasii turi hejuru cane
na hapa UVIRA tunapenda sana URUNANI
urunani kabisa ubu ruri hejuru
urunani rugiye kutwicisha umunezero kabisa
baduhe équipe za NBA nazo tuzimerere nabi
sinibaza ko hari aka équipe ko muburundi koza kadukanga
asha urunani rurakaze kweri
abakeba bacu dynamo mubona gute ibintu hhhhhh
rubandanya ruduza idarapo yuburundi mumakungu
ubu ntavyo kwasama nukubakubita mpaka
urunani mwiyi minsi ruri mukazi karwo pee
ruzotwicisha umunezero ahubwo
ishakaaa muranryoheye pee
ibintu vyacu biri hejuru cane kabisa
urunani rurakaze
our team iratunezeje kabisa
rega ntamurwi woza uduhagarika muri AFRICA nzima
iyindi mirwi irabe yikomeze kuko urunani ruje rwazikenyeye kabisa
asha nirugume rudarapa uburundi mumakungu
ahubwo iyindi mirwi nirabe yikomeze hakiri kare
sisi wenyewe
ebana ibintu namavuta kabisa
ntabintu vyahatari bakoze kweri
allezzz runaniii
ishakaaaa
nimba harikintu kimpa umunezero muriyi minsi urunani rurimwo kabisa