April 20, 2024

BAZAMOBILE:Inyishu mubuhinga bwo kumenyekanisha,kurungika amatangazo SMS kubantu benshi vyihuse n’ibindi

1

Mwipfuza kugura Ama unite ya CANAL PLUS na STAR TIMES  mukoresheje terefone yanyu ngendanwa mu ku rungika ubusa (0) kuri WhatsApp yacu 61440000,
 umwanya uwari wo wose n’aho muherereye hose !

Uko ibihe bigenda mu Burundi  niko ibintu vyinshi bihinduka na cane cane mwiterambere rijanye n’ubuhinga bwanone bujanye  nokumenyesha canke gutumatumanako amakuru biciye muri internet canke kumaterefone .

Kumenyekanisha  Ibidandazwa  vyawe ntibikiri ikibazo kigoye kuronkera inyishu mu Burundi ,wipfuza  gutanga ubutumwa kubantu  benshi  canke guhitamwo aho ubona ko ubutumwa bwawe bwoshikirizwa ,navyone muribi bihe bisigaye vyoroshe cane  gose kuko haguma hibonekeza amashirahamwe aguma azana ubuhinga butandukanye mugushikana ubutumwa kure canke ibidandazwa .

Fiston BAHATI

Assistant chef d’equipe

NIMUBONA Francis

Assistant d’equipe

Reka turabire hamwe ishirahamwe BAZA MOBILE  kubuhinga bushasha bariko barakoresha mugutunganiriza abantu muma service yabo,na cane cane mugutumatumanako amakuru canke ubutumwa vyoroshe nogushobora kuriha no kugura  ibidandazwa mukoresheje telephone yanyu.

Ntabwo ari ibintu vyari bimenyerewe canke vyorohera bose kuko kenshi twari tumenyereye ari umuhora kanaka ushobora kurungikira ubutumwa abantu bose,ariko ubu umuntu wese ashobora kwitura BAZA MOBILE agashikiriza icipfuzo ciwe ari itangazo canke ubutumwa ubwaribwose bagashobora kuburungika aho yipfuza ko bushika biciye muma SMS  agahitamwo intara canke Komine agomba ko itangazo ryiwe rigomba gushika kandi bakabikora neza atakibazo kihabaye.

Bafise na service nyinshi kandi zinyaruka

Mwipfuza kugura Ama unite ya CANAL PLUS na STAR TIMES  mukoresheje terefone yanyu ngendanwa mu ku rungika ubusa (0) kuri WhatsApp yacu 61440000,

 umwanya uwari wo wose n’aho muherereye hose !

Amashirahamwe yipfuza kumenyekanisha ibikorwa vyayo mu mwanya muto biciye mu butumwa bwa ( SMS) isanzwe bivanye na Quartier,

province, mwipfuza kurungikamwo ubutumwa n’ibindi vyinshi.

 Mwipfuza kumenya vyinshi :

Mushobora kubakura kuri  +2576144000 ( kubuntu mukoresheje lumitel)

Gukoresha ubuhinga bwanone mumenyekanisha canke gushikiriza ubutumwa nikimwe gituma tworosha Ubuzima kandi bigatuma dushikana service zacu kure tutarinze kuruha canke guta umutwe

Iciyumviro on BAZAMOBILE:Inyishu mubuhinga bwo kumenyekanisha,kurungika amatangazo SMS kubantu benshi vyihuse n’ibindi

    bbnewz
    May 18, 2023

    komeza mutuzanira bishasha kbsa

    0
    0

Siga Iciyumviro