Broadcasting business news yaragendeye Uruganda AJENITEKAS rusazwe rukorera muntara ya cibitoke ca rungombo
Mu Burundi uko bukuye nukobwije hagenda haraterimbere mubisata bitandukanye , inganda zihingura ibitandukanye nazo zamaze kubanyishi nibintu vyo kwishimira cane. tefi water
Mu Burundi uko bukeye nukobwije hagenda haraterimbere mubisata bitandukanye , inganda zihingura ibitandukanye nazo zamaze kubanyishi nibintu vyo kwishimira cane.
Broadcasting business news yaragendeye Uruganda AJENITEKAS rusazwe rukorere muntara ya cibitoke ca rungombo
Murugwo ruganda bakaba bahingura ibintu bitaribike harimwo nka mazi Tefi
,jus z’inanasi (jus d’ananas) gingembre, jus yatangawizi iryoshe cane mbere hakaba hari niyindi ihinguwe muburyo bwiza cane kuko ari n’umuti uvura irwara zitandukanye.
Uruganda AJENITEKAS sivyo rukora gusa rurahingura ubufu bw’Ibigori bumwe bita kaunga,agapiriri,
café mpirivuma yakanovera keza cane n’ifu y’ubuyi bwiza cane kubakuze n’abana, umuryango wose urakoresha ubwo bufu bw’ubuyi.
Uruganda AJENITEKAS n’uruganda rukora ibintu vyiza cane kandi bikaba biri kugiciro kitavuna
kaze muri Benshi Amazi meza n’ubuzima ariyo Tefi,
ubufu bw’Ibigori bwiza(kaunga) ama jus atandukanye kaze muri benshi hamwe na AJENITEKAS ubuzima buroroha.
BBNEWS ikaba yarashoboye kuyaga numwe mubakora murugo ruganda, bakaba bashimira cane Uruganda rwa AJENITEKAS ukuntu rwabafashije kuvaho rutanguye gukorera muntara ya cibitoke ca rugombo ,rukabakura mugashomeri nku rwaruka rukaba rushimira Uruganda AJENITEKAS.
Mukurangiza BBNEWS
ikaba yifatanije n’uruganda AJENITEKAS mukumenyekanisha (publicité ) ivyo Uruganda AJENITEKAS rusazwe ruhingura cane cane Amazi ariyo Tefi, tugirako tubamenyesha ko Amazi Tefi na mazi meza cane afise akanovera yisangije Amazi Meza n’ubuzima.
Tefi niyambere cane ifise akanovera
Ajenitekas nizereko muje muje ntagusubira inyuma
Turabakunda
None muzoza ryari I ngozi ? Mubikore uko mwabikoze ibujumbura? Tefi nayinyoye cotebu nikuri ni meza kbs
Cotebu mwaraturyohereje kabisa muzogaruke
Promotion yari sawa cane
Aho mwosanga tefi ni nzira ya gukira kuko mbona abantu benshi bari kuyivuga neza umengo n’ umuti wa amaso canke w’ umutima
Ni Ajenitekas ft tefi ? Canke vyose nibimwe?
Nomukanyosha tefi irakenewe cane
Aya mazi nukuri araryoshe kbs mfite i pack 3 munzu mbona ko ari make kbs nshaka izindi nk ipake 20
Nimuze I ngozi duhatwike tefi hejuri
Tefi iraryohera iranazimbutse kurenza ayandi mazi
Akanovera ka Tefi mbaniyumvirako mushiramo isukari Hahaha mubikora gute none?
Muzotuzanire nubufu bwubuyi
None mubikora gute kugira abantu bakunde ibintu mupostinga je ndabakurika kbs ariko aha kwa tefi ndabemeye shaaaa turabarindiriye mu kanyosha
Tokyo amazi yanyu yateje vuruguvurugu anyway araryoshe cane
Tefìiiiii
Nikubera gusa amahera ariko arancanga nari kubarihira ticket mukansanga i muyinga nanje numve ako kanovera abandi bari kuvuga
Muzogaruke cotebu
Twarabikunze
Mu makamba turabarindiriye kwel maze na turabakunda cane tefi oyeeeee
Harabatuzanira amazi bakayaduha kwibeyi yohejuru
Muzobikurikirane rwose sivyiza habe nagato vyica urudandazwa
Aya mazi ndiko ndayumva mubantu ariko sindayanywa twoyaronka gute?
Ku kabei keza
Ndaraba AJENITEKAS ije itavyorosha kuko izanye akagufu mubandanye mutuzanira ngaha igitega
Ese BBNEWS ikorera amajahe?
Napenda sana mayi ya kwenu Burundi kabisa tayapataka nikikuya uko ku famille napenda sana tefi baba ababariki kwa upendo yenu
Oui ouiiiii tefi oyee karibuni rumonge nkayamba. Birimba . Kanyenkoko tunawasubiri kwa hamu sana karibuni kwetu
Niko na sachet 3 ndo inabaki napatikana bukavu munaweza kutumana huku? Mayi yenu ni mazuri 100% mungu peleka mbele hiyi tefi na baraka tele eeeeeeh baba
Karibuni kwetu muyinga napenda mnavyo tumika na wateja wenu bado tunawasubiri watu wa tefi na maji pia
Kabisa Tefi ujeneza cane
Sasa mfise ikibazo kurirya tariff mwashize ngaha 16 900 na 4400 bitandukaniramajahe?
Munsingurire kuko ndashaka kurangura vyishi
Mpite pite koooote msisahau buyenzi maana ndo city ya V.I.P tusikosi maji yenu huku jaman tupeni tujinywiye
Mwari mwarate kuyagirira publicité nukuri araryoshe kandi nibwo bwambere nari ndayanyoye amazi Tefi nayanyoye kwisoko mukamenge bariko baragira publicité
Tefi nubuzima afise akanovera
Mugaboagacupa nigqtoya cane muzongereze
Cibitoki iwacu ooooh yeeeee
Ndatewe agateka nuko iwacu dufise amazi afise akanovera
Tefi ihagaze neza cane @AJENITEKAS mwubahwe
Mutama komezuterujambere
Mutamga nord turakeneye amazi murabe uko mwadushikira kabisa
Amazi meza cane nd’ uwambere mubantu batanguye kuyanywa kimwe gusa ni Meza kandi araryoshe reka ndabahe amashugwe yanyu
Turabashimeye kutuzanira amazi meza afite akanovera tefi hejuru nanje ndabakunda
Ajenitekas niyo yaje murindi zina rya tefi ?
Muriko murabikora neza kweri imana ibafashe mubandanye mutuzanira ibintu nkibi kbs amazi , ama juis , tangawizi vyose birakenewe mumubiri bw’ umuntu