Bujumbura : Abantu 5 baraye bahitanywe n’isanganya ry’imodokari
Kuri uyu w’Imana, igenekerezo rya 22/12/2024, abantu 5 baraye bahitanywe n’isanganya ry’imodokari, iyo modoka ikaba yariko izanana mw’ibarabara rikuru no 7 imanuka ija mu gisagara ca Bujumbura. Abandi nabo bakomeretse bakaba baciye bajanwa mu bitaro bitandukanye kugira bakurikiranwe neza. Iryo sanganya rikaba ryaturutse ku modokari yo mu bwoko bwa Hiace yagonganye n’iyindi yo mu bwoko bwa Fuso.
Inyuma yo kugongana biturutse ku mafire yaciye y’iyo hiace, iyo modokari nyene yaciye isha. Igipolisi kijejwe gutabara mu gihe c’ibiza kikaba caragerageje kuzimya.
iyimisi ni mibi benedata .
imiryango yababuze imana ibahe kwihangana
Birababaje kubona abantu bapfa nkuko batariye bonane
imana ibe hafi abo bagwaye nabo bakire
harakwiye kujaho politic yo gusuzuma izo modoka imbere yuko zija
mwibarabara
barya ba palice bamaze iki nn?
barya muribo usanga batazi nimodoka
nubwo boba babizi baravyirengagiza pe
igiturire kizokorab ibara nukuri.
aho usanga ari nka 5000fb akoz iryobara
muburundi nikibazo nukuri
kuberiki igiturure cibasiye igihugu kweli
bisubireko kuko ayamaraso aguma aseseka kubera izonda zabo birababaje
none bizohagarigwa niki koko?
igituma ibintu biguma bipfa nuko abakora ivyobatazi usanga bigorako babakura kuko hariho aba police beshi bokugwa mukazi
Biragoye cane gukinga ibibazo nkivyo tugifise abarya Giturire mwibarabara
none mwebwe mubibaha kuberiki?
ikibazo nikimwe none murazi ayo OBR Ica uturihisha
Birababaje cane kubura nukuri bihangane cane
Izo bus zishaje nkuko zizomara abantu
Vyiza ndabona mwiyi misi bogabanya ingendo peeee
Burya abantu ba 5 si bake birababaje cane kubura uwo wakunda
Izo bus zose zishaje jewe ndabona vyiza bozikura mwi barabara kugira bagabanye ayo masanganya
Birababaje kubura umuntu bivuye kwisanganya
None burya twokora iki kugira amasanganya nkayo ntasubire kubaho?
Nukuri inzego zumutekano barakwiye gukora ibishoboka ntihasubire kuba amasanganya
Ndifuza kubona atamasanganya nkayo yosubira kuba
ninkuru ibabaje cane kandi hirya no hino hariko haraba amasanganya
Umuryango wabuze wihangane peeeee
Aba chauffeur barakwiye kwiyubara igihe batwara imiduga
Iyo nkuru irababaje ukuri kandi nkabo bari bazo ngo bazorangiza umwaka
Jewe ingendo zose nari mfise ndazihevye mbona amasanganya yabaye ndanse
Iyo nkuru irateye agahinda pe
Izo modoka nukuri zirakwiye gusuzumwa neza kuko birababaje cane ivyo bintu vyabaye
Nugusenga cane kuko mumisi nkiyi harabaho amasanganya cane
Aya namakosha yintwaro
none iryo sanganya ryabaye ari sangapi?
si ntwaro yose ahubwo nakagwi kabantu
Assurence ndumva mwiyi misi zirafise akazi gakomeye
Nukwiga uburyo bushoboka bwo kwirinda ayo masanganya
Birababaje cane
Iyo bus biraboneka ko yari ishaje cane
Iyo camion nayonyene ndabona yaragize ikibazo cane
Nizere hariho benshi batapfuye bazoshinga intahe
Muri Protection Civil nibakore ibishoboka abantu ntibaze barapfa nkuko
Isanganya ribaye riba ryabaye nukwihangana kuko no mu bihugu biteye imbere usanga habamwo amasanganya nabantu bagapfa
None Ubwo umu chauffeur yoba yararokotse vyukuri?
Muga nibaza ko abantu bari mwiyo camion atanakimwe babaye
Jew sinokwemera gutanga igiturire kuko uba wishe
ivyo ntibavyitaho nagato
nabo bibagira yuko izomodoka barekura badasuzumye yuko arizo zikora ayo masanganya
none ubu ntasanganya ikibaho?
ariko namwe nimwibukeko amasanganya yamaho
ziraba ariko izi bus natwe turazigiramwo turazizi nukuri
nukuri ziteye isoni nubwo zidufasha cane
niryobarabara naryonyene biraboneka ko rishaje nukuri
Hari nigihe vyoshoboka ugasanga yari yapakiye nabantu barenga ntawamenya ivya aba chauffeur nasanze bigoye
Abantu barakwiye cane kwiyubara igihe bafata ingendo baja mu ntara zitadukanye kuko mwiyi misi yimpera yumwaka usanga ari ibihe bitoroshe
Imiduga iduga ruguru bakwiye kuyisuzuma cane kuko namabarabara ajayo ntabwo ameze neza nagato
Izo modoka ziduga ruguru jewe ndazitinya nukuri kuki nyinshi ugiye kuraba zirashaje cane nivyuma vyazo bigenda birajegera
Zirakwiye kuza zirasuzumwa imbere yuko zija mwibarabara kubera zifata ingendo ndende kandi namabarabara mugihe cimvura aba ameze nabi gose…
Abo bashoferi bafata ingendo ndende bazohore bagenda basenze kandi bareke kwitwaza ibura ryamamodoka hama bace batangura kugira inda ndende bata abantu mumporero.
ibintu birababaje ariko keshi biva kumakosa yabasuzuma izimodoka munzira
none kuki batohindugwa?
None tuvugeko mubuyobozi ko bataziko igiturire arico cishe uburundi
none bokora gute?
amasanganya nimenshi kabisa
bobahindura nukuri
Iterambere twese niryacu pe
iyaba vyari bishoboka ntamuntu yoba akibwirizwa ico gukora kuko twese iyo tuja harazwi
none kuki mutoreka kuza muragitanga?
Ntaco batazi ahubwo bahemuka bahemukira ababatoye
Imana idufashe nukuri
amasanganya abaye uwumwaka ntanabaho aahubwo
amasanganya nimenshi cane ahubwo umuntu sinzingene bimeze
asha umuntu ahubwo ava muhira adasenze asha nihatari kbsa
uwumwaka kurangiye nabi
imana ibakire kabisa ntakindi numva noterera ngaho
abarokotse imana irababona ntibihebure barakira
isanganya ntumenya iyoriva nukuri
ubu mwinominsi ikintu nobwira umuntu nukuza ava muhira yasenze
amasanganya nimenshi cane kabisa
kandi rero amasanganya arikuba ntihabura umuntu apfa
imana idufashe uwumwaka uhere kabisa kuko ndabona arimicanwa
asha uwumwaka numwaka wama agisida
mana akira abawe
reka duhoze abababaye batashoboye gupfa
reka duhoze abababaye batashoboye gupfa
nibihangane nikobimeze kwisi ahubwo nugushima imana kuba mutanapfuye kubarokotse
ashaa iyo himirije iminsi mikuru nukwonye
reka abashoboye kurokoka bashime imana kuko niyo yabarokoye ntakindi
abitavye imana nabo niko imana yabakunze irabahamagara
amasanga arikuba kinogihe nimenshi cane nindege zirakoroka
none nkiryo sanganya ryabaye gute
mwakinogihe ntumenya ahurwira kukubera hegereje iminsi mikuru
aho umushoferi usanga yaretse kuzikoresha ifire abibona ingora yabo
ashaaa ubu ikintu gihari nukuza ahubwo zihagurka bazisuzumye kozikomeye neza
bakunda amahera kubi kurusha ubuzima bwabo ugashobora kubuzi kwimodomari atafire ukaca ubirengako ukanayijana isafari
arukuba vyarabaye rero nibihangane vyarashitse amasanganya araba atakibuza wagendanye na shetani uwomunsi
imana niyakire abashoboye kwitaba imana gusa tunakebura abashoferi bose kuza bahaguruka basuzumye icuma