Coopérative Initiative des Sages Dynamiques (CISAD) Ni Wamugambi wo kwiteza imbere nkuko nyene Icubahiro UMUKURU W’IGIHUGU #Evaliste NDAYISHIMIYE abahamagarira

Coopérative Initiative des Sages Dynamiques (CISAD) Ni Wamugambi wo kwiteza imbere nkuko nyene Icubahiro UMUKURU W’IGIHUGU #Evaliste NDAYISHIMIYE Ahamagarira aba Jeunes Guharanira iterambere rya #BURUNDI Bweje ni Urwaruka rugera kuri 14 bagiye hamwe harimwo abigeme 7 n’Abahungu 7 Bashinga #Coopérative Initiative des Sages Dynamiques (CISAD) risanzwe Rihingura Amasabune

Beshi mubagiye hamwe barakenguruka cane ukuntu biriko bibahirira akamaro cane Mumiryango yabo “”NGO TUGIHEZA AMASHURE NTITWICAYE NGO DUTEGEREZE AKAZI KA RETA TWAGIYE HAMWE TWUNGA UMUGAMBI WUKUNTU TWOKWITEZA IMBERE TUMAZE KURANGIZA AMASHURE UBU TURASHIMA INTABWE TUGEZEKO””

Ngo barashimira cane amashirahamwe naba Bank adahengeshanya gufasha Imitahe Urwaruka rwipfuza gukora nka #PAEEJ BURUNDI #BIJE EKA NIZINDI
Urwa Rwaruka Ruhamagarira uwowese Koyokora amaboko mumpuzu agakora Ngo Bubutunzi n’iterambere Birarondera
#président wa Coopérative Initiative des Sages Dynamiques (CISAD) #Dieu Donne NIJIMBERE #BBNEWS#PAEJJE#BIJE#hostedRachidi Loy
Vyiza gose
umugambi mwiza cane
Izi nimboneza nukuri
Nkaba barakwiye guha inkuru abandi nukuri
Uburundi bufise ugwaruka gwiyumvira kure cane
leta nayo ibafashe gose
mukubaha inkaratasi ziranga ivyo bakora
Dukorane ubwira ejo niheza
keshi abatuma iterambere rigora nukuntu mukwandikisha ivyo dukora bigorana cane