Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla : “Sinabaye uwa mbere, mugabo muri jewe naratsinze”
Ku muhingamo w’uyu wa 14/11/2024, niho Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla yari agarutse avuye mu gihugu ca Afrika y’Epfo guserukira Uburundi mw’ihiganwa Miss Teen Universe 2024. Yavuze ko naho atashoboye kuba uwa mbere ngo atahukane urugori ariko yumva muri we yaratsinze.
Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla avuga ati : “Naranezerejwe n’uko nashoboye guserukira neza igihugu canje, narakimenyesheje mu batakizi, ndakivuga neza gushika aho abandi bumva banyotewe kuzoza kukigendera. Narashoboye guhagararira neza imico n’imigenzo vy’abarundi.”
Ikindi gituma Gaëlla Ishimwe yishimira kuba yaragiye muri ayo mahiganwa, n’uko umugambi wiwe wo gufasha mu kugwanya amabi akorerwa abakenyezi wakunzwe. Agashimira cane umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye ingene ashigikira urwaruka, nawe bikaba vyaramuteye intege.
Umviriza vyinshi hano : https://youtu.be/7RjmV-ByJEQ
Courage
Vyiza cane
Buk buk nigo rugendo
Vyose nibukbuk
Vyos ni bukbuk
Warakoze sha
Birateye igomwe kabisa
Ariko uyo mwana ko bavuga ngo afise imyaka 16iyo nkumi ntimubona ko ishaje
Abakobwa bobo muraronka iyo musohoka kln ko batarigera batwara umuhungu
Umwana mwiza pee
Umwana aciye ubwenge cane amajambo avuga ntasa nukwangana
Ico co Nico nugushimira umukuru wigihugu cacu ciza cuburundi kuko ntaco adakora kugira ashigikire urwaruka
Uwo mugambi wico Kobondo ntawutowushima kabisa wo kurwanya amabi afatiyee kugitsina nikubagurwa rikorerwa igitsina gore
mbe basha iyo baby kwitagase? ntaka numero kiwe mwompa tugakorana imigambi yiterambere?
Akarorero murunganwe
Felicitation
Felicitation
Felicitation
Uwo Mwana Ni mwiza
None Yabaye uwakangahe
Jew uwo Mukobwa asa neza
Ni hatar Nukuri
Ubintu Jew mbona ari sawa
Uwo mukobwa ni mwiza cane
hahaha ni hatari
ibintu ndumva namahoro menshi
none kuberiki atabaye uwambere
avuga amajambo ameze neza kandi akiri umwana
ibintu biraza nabi kabisa
turakeje miss wacu kabisa
nahutashitse aho wipfuza uno munsi ejo niheza
asha uyo mwana ni mwiza kabisa
ico cana kirasa neza walahii
nje nkeneye kumugore wanje azoba Miss kabisa
asha ndabona igihugu cacu kiguma giserukirwa kabisa
umuntu gute Atsindira mumutima
asha nyenicubahiro ntaco adakora kugira ashigikire urwaruka kabisa
ntakundi yari kubivuga nyene
asha icakoze uyo mwana nimwiza cane pee
asha ao bana baba miss nibeza cane kabisa
courage cane
ivyuburundi biragoye
uwo mwana afise kazoza vraiment
noneko vyamwankiye gt?
asha ntawomwana afise imyaka 16
nkaho usanga batanamushigijiye hama agume abesha gusa
asha ivyo nivyo kabisa
gusa aka kana ni keza pe
asha ubu abana bakura ningoga kabisa
imbere niheza cane kabisa
aho rero tuhageze kuvyukuri twibitseho ivyana vyiza kabisa
ntayonkumi ifise 16ans
uwo mwana nimwiza cane kweri
iconzi ntawuruta mama hama mbnega uwo mukobwa kuberiki yumvako yatsinzi knd vyaramunaniye
ako kana ko arikeza none Bbnews ntakuntu mwompa aka numéro kiwe
jewe icombona yashatse kwiremesha mumutima
asha uyo mwana azoronka umugabo wumu boss kabisa
uwo mwana namajambo avuga biraboneka ko akuze
jewe ndumiwe pe!
asha nabandi ba miss bamwigireko kabisa
nukuraba igihugu kigafata mumugongo impano nkizo
Dukomeza kwumigwa !
ntamwaka udakura inkumi vraiment
mbega kwatatanze indinganizo yuwo mugambi wiwe?
uyo mubona arumwana arakuze
kuberiki abantu bose bavuye hanze bavugko bahigiye ariko ivyo bize tukabibura bamaze gushika?
courage kibondo
biguhe gutahura nawe!
nimba arimigambi abarundi baryamanye vyishi.
Erega murabanza mubareke usanga baca babura intererano
kandi yavuzeko umukuru wigihugu ashigikira ugwaruka?
Numurundikaz wacu
Aciriye abandi agace mugwaruka kabisa
Turamukeza kweri