Amakuru Ibigezweho Imyidagaduro Turakeje cane umuririmvyi @kirikou_akili indirimbo yiwe yarengeje 1 million View mukwezi kumwe gusa 0 aho indirimbo yiwe #Lala yakoranye na @chris_eazy_officiel umwe mu baririmvyi bagezweho mu gihugu kibanyi c’Urwanda yamaze gukwiza umuriyoni w’ abamaze kuyiraba mu kiringo c’ukwezi kumwe gusa Post Navigation Previous Trey Zo & Rappy Boy bagiriraniye amasezerano na BUBET ishirahamwe rikora ibijanye no Gutigira kunkino zitandukanye ziba kw’Isi Next Igiteramo @Kigingi summer Comedy Ku ncuro ya gatandatu Leave a Reply Cancel replyYour email address will not be published. Required fields are marked *Comment * Name * Email * Website Save my name, email, and website in this browser for the next time I comment. Δ