Amakuru Entertainment Ibigezweho Imyidagaduro Inkuru nshasha Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka 9 Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka rusanzwe rufise imboneshakuru ikorera Ku Mbuga ngurukana Bumenyi, ” Juste Gaël” asanzwe ariwe arongoye “Umukubito TV Post Navigation Previous Umuririmvyikazi Bernice The Bell yaraye ashitse kuruyu wa gatatu,Next Crystal Event kuruyu wagatandatu 15/07/2023 kuri Zion Beach aho ibazaniye party people 9 thoughts on “Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye ikiganiro umwe mu rwaruka ” Sebarundi akunda urwaruka jewe nico mukundira gose Wirambire mutama much respect urashoboye Reply Papa wacu yubahwe cane Turamukunda Reply Umukubito bawuhaye hiti imbere cane President wacu turakwemera kandi tukurinyuma cane Jewe nzogutora Imana ikomeze ikuzigame ikurinde inyangaburundi kuko wewe ufise imigambi mizima Reply Ibibintu nivyiza vyoguha urwaruka bakayaga na perezida Turagukunda cane Papa wacu niwirambire 🇧🇮 Reply Ramba mutama wacu sebarundi Ukunda abanyagihugu cane Dukunde 🇧🇮 Reply Gael Imbere cane Reply Umukunzi wurwaruka Oyeeeeeeee ramba usagambe niwewe ntawundiiiiiiii Turagukunda natwebwe Reply Mudukemurire nikibazo cigitoro mutama turagusavye gose Mudutabare turarushe muvyeyi wacu wu 🇧🇮 Reply Gael komeza uterimbere Reply Leave a Reply Cancel replyYour email address will not be published. Required fields are marked *Comment * Name * Email * Website Save my name, email, and website in this browser for the next time I comment. Δ
Umukubito bawuhaye hiti imbere cane President wacu turakwemera kandi tukurinyuma cane Jewe nzogutora Imana ikomeze ikuzigame ikurinde inyangaburundi kuko wewe ufise imigambi mizima Reply
Ibibintu nivyiza vyoguha urwaruka bakayaga na perezida Turagukunda cane Papa wacu niwirambire 🇧🇮 Reply
Sebarundi akunda urwaruka jewe nico mukundira gose
Wirambire mutama much respect urashoboye
Papa wacu yubahwe cane
Turamukunda
Umukubito bawuhaye hiti imbere cane
President wacu turakwemera kandi tukurinyuma cane
Jewe nzogutora Imana ikomeze ikuzigame ikurinde inyangaburundi kuko wewe ufise imigambi mizima
Ibibintu nivyiza vyoguha urwaruka bakayaga na perezida
Turagukunda cane Papa wacu niwirambire 🇧🇮
Ramba mutama wacu sebarundi
Ukunda abanyagihugu cane
Dukunde 🇧🇮
Gael Imbere cane
Umukunzi wurwaruka
Oyeeeeeeee ramba usagambe niwewe ntawundiiiiiiii
Turagukunda natwebwe
Mudukemurire nikibazo cigitoro mutama turagusavye gose
Mudutabare turarushe muvyeyi wacu wu 🇧🇮
Gael komeza uterimbere