URUGANDA AJENITEKAS MU BURUNDI-CIBITOKE-RUGOMBO

URUGANDA AJENITEKAS Ruhingura Ibijanye n’AMAZI TEFI hamwe n’ingaburo zitandukanye NKUBUYI (UMUSURURU),IFU,IKINYOBWA TANGAWIZI,Eka n’ibindi vyishi muntumbero yogukwiragiza ingaburo nziza mu BARUNDI NO MUMAKUNGU.
URWO RUGANDA AJENITEKAS rwabateguriye PROMOTION Ku MAZI ari mugicupa kinini 20L kuma Franga makeya cane, IKINYAMAKURU BBNEWS kivugako ayo mazi naho ri gutangwa kubiciro bito cane ngo suko arikovyagakwiye nuko Urwo RUGANDA AJENITEKAS Rwipfuzako abarundi nkabose bonezerwa no kugira amagara meza kuko muziko ABARUNDI beshi baba bari kumirimo bakenera amazi cane Mukwivuna akanyota,
Dushimiye abanyagihugu bose Bomumicungararo yo muma ZONE YA BUJUMBURA ndetse no muntara hagati badahengeshanya gusaba no kugura no kugurisha ayo mazi kubwishi tukabamenyeshako vuba bwango dushikana ayo mazi muntara hagati kubwishi BURUNDI-CIBITOKE-RUGOMBO
bbnews #ajenitekas #bujumbura-burundi #rachidi ntihinduka #www.bbnewz.com (office BURUNDI)
Amazi yakanovera
Tefi water 💦
Tefi water 💧
Araryosh narayumvise pe
Amazi n’ubuzima
Amazi meza cane
Ndaziko aya ariyo mazi arenze yose muburundi
Nimba muzi aho biriko bibera ningaha kabixa
Amazi meza cane nukuri
Ahubwo batubwire aho twoyakura
uyomuntu ayashaka kumbe ntamakuru afise
Muburundi hose ariyo nn?
Namazi meza cane nukuri
turakeza cane iri hinguriro nukuri kuko ryakoze igikogwa ciza
Mwebwe mubuzi bumeze gute?
nukuri intahe yukuri nubuyi bwiza
Buraryoshe cane pe
Buraryoshe cane pe
twoyaronka gute?
Aba bantu bakora ibintu bizima pe
Batubwire uko bigenda kugira turonke ivyobidandazwa vyabo?
umuntu nibazako yoshikaho bakorera
ego cane nugushikaho bakorera
Reka ndababwire nimba mutegura nimanza aba bantu hariho nigisata co gufata amasanamu hamwe namafoto
kand barabizi cane nukuri ndamaze kubona akazi kabo
Kandi baritanga nukuri ntibagucereza nagato.
Umuntu atokurangira barya bantu yoba arinkozi yikibi
cane ndakunda amazi yabo cane
gusa ayo mazi ntaboneka keshi
mumazi agezweho aya nayambere pe
barakwiye kuyakwiragiza cane kunzu zubudandarizo
Nukuri ntaboneka cane kumasoko
bongereze ukuntu boyamenyekanisha bikomeye
nimeza gose nukuri nibaduhe meshi kumasoko
none kubantu bayangura bigenda gute
Basha ninde amaze kugera aho ayomazi twoyakura