Amakuru Ibigezweho Politics Wari ubizi ko amatora yageze 106 Ni muri uyu mwaka wa 2025. Twandikire aho munsi muri commentaire utubwire ic’ubivuzeko. Post Navigation Previous Ni ibihe bintu nyamukuru twomenya ku ntara nshasha 5 zizoba zigize Uburundi?Next Mu banyororo 5.442 bahawe ikigongwe n’umukuru w’igihugu hamaze kurekurwa abaagera ku bice 35.9% 106 thoughts on “Wari ubizi ko amatora yageze” Amatoro twitezeko azagenda neza Reply Iconobivugako Niko boyunganya amatora nkuko bikwiye Reply Biraryoshe kwitorera indongozi Reply Yageze kandi turayiteguriye neza. Reply nukuja gutora abo twizeye ko bazodutunganiriza Reply Egome turabizi ko ari mu mwaka wa 2025 ariko ntabwo tuzio itariki nyezina. Reply asha amatora yageze kln nukuraba tukitegura Reply Turiteze kwitabirira amatora nkabenegihugu. Reply Amatora ya 2025 ni ayogutora ABASHINGAMATEKA hama aya 2027 ni ayon gutora Président. Reply nugutora neza bivuye kumutima Reply Amahera azokoreshwa munvyerekeye ivyo gutora azova hagati mu gihugy hagati. Reply Amatora azagenda neza Reply nugutora abo twizeye ko bazodushikana kwiterambere rirama Reply Amatora azoba yifashe neza cane kubera ko umugwi Shingwamatora CENI uzoba uriko ubikurikiranira hafi. Reply abakuru bimitumba barakwiye guhimiriza abanyagihugu kuja gutora Reply nisawa kuja gutora abo twizeye Reply Abenegihugu turayiteguriye neza cane. Reply amatora azoba meza cane Reply Abanyamigambwe bakomeze ikivi bahirimirize abenegihugu gutora neza vyubwenge. Reply asha arageze kabisa Reply Umwenegihu ahimirizwa kuzotora uko umutima wiwe uzoba ubimwemereye ataravye irya nino. Reply Harageze nukuri. Reply Ico ndabiziko nuko amahera azokoreshwa azova ari amarundi kandi atamfashanyo nimwe ivuye hanze izoba irimwo. Reply ndibaza umuntu afise uburenganzira bwo gutora afise imyaka 18 Reply Amatora azoba ari ayamateka ategekaninjwe neza. Reply Amatora turayieze neza gose. Reply Amatora kandi nibaza ko atawundi muntu atari umurundi yoba afise uburenganzira bwo gutora Reply Inyuma yimyaka itanu haraba amatora yo gutora abashingamateka nizindo ndongozi zigiye zitandukanye mubisata vya Leta Reply Mbega ayo matora azoba mukwezi ukwahe? Reply Hageze peeeee ejo aho bukera muri 2025 kandi nanje nkumunyagihugu akunda igihugu ciwe nzotora Reply Uyumwaka ko nakwije imyaka yo kuronka karangamuntu nzotora vraiment. Reply asha tuyarindiranye igishika cinshi kabisa Reply Sije nzokona harageze. Reply Mbega umurundi arafise uburenganzira bwo kwitoza kugiti ciwe? Reply Amatora azorangurwa mu buryo bwiza kandi busukuye. Reply Ego turabiziko hageze ikintu noterera nuko abajejwe kuyatunganya bobandanya bayatunganya mumahera Reply Ndashimira abarongozi bose bakoze neza mumyaka itanu iheze abakoze neza natwe abanyagihugu tuzokongera kubizera Reply Nizereko bahejeje kwiyandikisha abazojya gutora? Reply Nanjye ubu ndi mu Rwanda ariko ndi Umurundi zaza gutora kuko ndakwije imyaka yo gutora, abayobozi bacyu Reply amatora yuburundi azaba meza cane Reply dukeney abarongozi batuyobora neza kurusha ukwo vyahora Reply harakwiye kujaho umurwi ujejwe kumenyekanisha muma Quartier Reply Nizerako impanuro Nyenicubahiro yaduhaye mwazumvise dutore ababikwiye atabishobisho dushizemwo Reply Twarabwiwe icogukora turakizi Reply asha arageze kweri twitorere indongonzi zacu twitoreye Reply nisawa arageze kabisa Reply reka turindire amatora kandi twizere ko bizogenda flex Reply BWER empowers businesses in Iraq with cutting-edge weighbridge systems, ensuring accurate load management, enhanced safety, and compliance with industry standards. Reply ego ndabiziko amatora yageze Reply Barundi twese nugushidukana niyonka twitere iteka Reply ikintu nobivugako nuko abakuru bimitumba bohimiriza abanagihugu kuzotora neza Reply twese tugiye hamwe birashoboka Reply gusa haduhemukiye beshi sinziko tuzobongera Reply ibijanye namatora twoja gutora mumahoro Reply jewe ico nosikiriza twosaba abakuru bimitumba guhimiriza umuntu wese aziko yiyandikishije kuzoja gutora Reply burakeye tuvyereke abagabo Reply twosaba ababijejwe ntibazigere bahengama Reply Gusa akagohe gato kubashingamateka dutore abazi ingorane zintara zacu batazumvira kuma radio Reply Aho hantu nukuhitondera Reply amatora ntakajagari dusgaka nukuri Reply oyaha ntavyo narinziko yageze azoba ryari rero Reply amatora ndipfuzako azogenda neza atagajagari kabayemwo Reply I mana izodufashe bigende neza 👏 Reply amatora ntakavuyo dukeneye mumatora Reply mbega iyumuntu atadatoye vyiciki kugihugu Reply ubu wiyatse ubwene gihugu Reply dukoreshe ubwenge gusa Reply amatora dushaka ntihagire ubusuma buzobamwo Reply Amatora nshakako azogenda neza kubabitunganya Reply biragoye kwumva ivyo gute utotora urumurundi Reply Amatora turabiziko hageze nyene Reply ndabizi cane Reply amatora azogenda neza caneeeeee Reply turiteguye cane Reply abarundi tube maso ntihagire uwuzoducanishamwo Reply ahubwo haratevye kuko turarushe Reply abarundi tube maso Reply mubivuga murabizi Reply abarundi tuzobikora Reply Amatora azogenda nez cae Reply amatora tuyarindirany igishika Reply nejewe wambere nzozinduka ubwambere Reply Amatora dushakako atabusuma buzobamwo kandi azobe mumutekano Reply Uwuziyaja arazinduka imana ihadushikane impore Reply tuze twitabire amatora Reply amatora nikirumara Reply amatore nayacu twese ibi biratuba twese Reply habantu ntavuze bazotangara bumveko tubazi kbx Reply uwotwatoye agahemuka yoduza amaboko kare kabisa Reply mumatora azoba ntakajagari dukeneye dukeneye kotuzotora mumutekano Reply karabaye kabisa Reply umuntu azotera akavuyo bisabako azoca ahanwa Reply icambere nugushimira abatunganya amatora hama rero ntanabasaba yuko bazobitunganye neza mumahoro Reply wapi ntavyonarinziko hageze nubundi ntanakamaro vyarikumarira Reply ababifisemwo inyungu muragenda mutore jewe sinzojayo Reply sha vyose vyari vyiza gusa akantu kibiciro niko kase kbx Reply amatora nikirumara Reply tuze twitabire amatora Reply bitondendere can aya Abashingamateka!!!!! Reply nuko atawanka kwonka nyina ngo aragwaye ariko wapi kabx Reply Baraduhemukiye cane abarundi tubayeho nabi cane Reply nakanya ko guhindura ibintu!!!!!! Reply Tureke imvigo zibabaza canke zibiba ugwanko burimuntu wese araziko azotora neza Reply iki gihugu tuzogipfira ugwaruka rufatane munda twubake burundi bwiza kandi nyabagendwa Reply Gwaruka uwomusi nimwe muzoba mufise akazi kose kukwubaka uburundi Reply Sha turabizi ni mchezo wa ndani Reply Leave a Reply Cancel replyYour email address will not be published. Required fields are marked *Comment * Name * Email * Website Save my name, email, and website in this browser for the next time I comment. Δ
Amatora azoba yifashe neza cane kubera ko umugwi Shingwamatora CENI uzoba uriko ubikurikiranira hafi. Reply
Ico ndabiziko nuko amahera azokoreshwa azova ari amarundi kandi atamfashanyo nimwe ivuye hanze izoba irimwo. Reply
Inyuma yimyaka itanu haraba amatora yo gutora abashingamateka nizindo ndongozi zigiye zitandukanye mubisata vya Leta Reply
Ego turabiziko hageze ikintu noterera nuko abajejwe kuyatunganya bobandanya bayatunganya mumahera Reply
Ndashimira abarongozi bose bakoze neza mumyaka itanu iheze abakoze neza natwe abanyagihugu tuzokongera kubizera Reply
Nanjye ubu ndi mu Rwanda ariko ndi Umurundi zaza gutora kuko ndakwije imyaka yo gutora, abayobozi bacyu Reply
BWER empowers businesses in Iraq with cutting-edge weighbridge systems, ensuring accurate load management, enhanced safety, and compliance with industry standards. Reply
jewe ico nosikiriza twosaba abakuru bimitumba guhimiriza umuntu wese aziko yiyandikishije kuzoja gutora Reply
icambere nugushimira abatunganya amatora hama rero ntanabasaba yuko bazobitunganye neza mumahoro Reply
Amatoro twitezeko azagenda neza
Iconobivugako Niko boyunganya amatora nkuko bikwiye
Biraryoshe kwitorera indongozi
Yageze kandi turayiteguriye neza.
nukuja gutora abo twizeye ko bazodutunganiriza
Egome turabizi ko ari mu mwaka wa 2025 ariko ntabwo tuzio itariki nyezina.
asha amatora yageze kln nukuraba tukitegura
Turiteze kwitabirira amatora nkabenegihugu.
Amatora ya 2025 ni ayogutora ABASHINGAMATEKA hama aya 2027 ni ayon gutora Président.
nugutora neza bivuye kumutima
Amahera azokoreshwa munvyerekeye ivyo gutora azova hagati mu gihugy hagati.
Amatora azagenda neza
nugutora abo twizeye ko bazodushikana kwiterambere rirama
Amatora azoba yifashe neza cane kubera ko umugwi Shingwamatora CENI uzoba uriko ubikurikiranira hafi.
abakuru bimitumba barakwiye guhimiriza abanyagihugu kuja gutora
nisawa kuja gutora abo twizeye
Abenegihugu turayiteguriye neza cane.
amatora azoba meza cane
Abanyamigambwe bakomeze ikivi bahirimirize abenegihugu gutora neza vyubwenge.
asha arageze kabisa
Umwenegihu ahimirizwa kuzotora uko umutima wiwe uzoba ubimwemereye ataravye irya nino.
Harageze nukuri.
Ico ndabiziko nuko amahera azokoreshwa azova ari amarundi kandi atamfashanyo nimwe ivuye hanze izoba irimwo.
ndibaza umuntu afise uburenganzira bwo gutora afise imyaka 18
Amatora azoba ari ayamateka ategekaninjwe neza.
Amatora turayieze neza gose.
Amatora kandi nibaza ko atawundi muntu atari umurundi yoba afise uburenganzira bwo gutora
Inyuma yimyaka itanu haraba amatora yo gutora abashingamateka nizindo ndongozi zigiye zitandukanye mubisata vya Leta
Mbega ayo matora azoba mukwezi ukwahe?
Hageze peeeee ejo aho bukera muri 2025 kandi nanje nkumunyagihugu akunda igihugu ciwe nzotora
Uyumwaka ko nakwije imyaka yo kuronka karangamuntu nzotora vraiment.
asha tuyarindiranye igishika cinshi kabisa
Sije nzokona harageze.
Mbega umurundi arafise uburenganzira bwo kwitoza kugiti ciwe?
Amatora azorangurwa mu buryo bwiza kandi busukuye.
Ego turabiziko hageze ikintu noterera nuko abajejwe kuyatunganya bobandanya bayatunganya mumahera
Ndashimira abarongozi bose bakoze neza mumyaka itanu iheze abakoze neza natwe abanyagihugu tuzokongera kubizera
Nizereko bahejeje kwiyandikisha abazojya gutora?
Nanjye ubu ndi mu Rwanda ariko ndi Umurundi zaza gutora kuko ndakwije imyaka yo gutora, abayobozi bacyu
amatora yuburundi azaba meza cane
dukeney abarongozi batuyobora neza kurusha ukwo vyahora
harakwiye kujaho umurwi ujejwe kumenyekanisha muma Quartier
Nizerako impanuro Nyenicubahiro yaduhaye mwazumvise dutore ababikwiye atabishobisho dushizemwo
Twarabwiwe icogukora turakizi
asha arageze kweri twitorere indongonzi zacu twitoreye
nisawa arageze kabisa
reka turindire amatora kandi twizere ko bizogenda flex
BWER empowers businesses in Iraq with cutting-edge weighbridge systems, ensuring accurate load management, enhanced safety, and compliance with industry standards.
ego ndabiziko amatora yageze
Barundi twese nugushidukana niyonka twitere iteka
ikintu nobivugako nuko abakuru bimitumba bohimiriza abanagihugu kuzotora neza
twese tugiye hamwe birashoboka
gusa haduhemukiye beshi sinziko tuzobongera
ibijanye namatora twoja gutora mumahoro
jewe ico nosikiriza twosaba abakuru bimitumba guhimiriza umuntu wese aziko yiyandikishije kuzoja gutora
burakeye tuvyereke abagabo
twosaba ababijejwe ntibazigere bahengama
Gusa akagohe gato kubashingamateka dutore abazi ingorane zintara zacu batazumvira kuma radio
Aho hantu nukuhitondera
amatora ntakajagari dusgaka nukuri
oyaha ntavyo narinziko yageze azoba ryari rero
amatora ndipfuzako azogenda neza atagajagari kabayemwo
I mana izodufashe bigende neza 👏
amatora ntakavuyo dukeneye mumatora
mbega iyumuntu atadatoye vyiciki kugihugu
ubu wiyatse ubwene gihugu
dukoreshe ubwenge gusa
amatora dushaka ntihagire ubusuma buzobamwo
Amatora nshakako azogenda neza kubabitunganya
biragoye kwumva ivyo gute utotora urumurundi
Amatora turabiziko hageze nyene
ndabizi cane
amatora azogenda neza caneeeeee
turiteguye cane
abarundi tube maso ntihagire uwuzoducanishamwo
ahubwo haratevye kuko turarushe
abarundi tube maso
mubivuga murabizi
abarundi tuzobikora
Amatora azogenda nez cae
amatora tuyarindirany igishika
nejewe wambere nzozinduka ubwambere
Amatora dushakako atabusuma buzobamwo kandi azobe mumutekano
Uwuziyaja arazinduka imana ihadushikane impore
tuze twitabire amatora
amatora nikirumara
amatore nayacu twese ibi biratuba twese
habantu ntavuze bazotangara bumveko tubazi kbx
uwotwatoye agahemuka yoduza amaboko kare kabisa
mumatora azoba ntakajagari dukeneye dukeneye kotuzotora mumutekano
karabaye kabisa
umuntu azotera akavuyo bisabako azoca ahanwa
icambere nugushimira abatunganya amatora hama rero ntanabasaba yuko bazobitunganye neza mumahoro
wapi ntavyonarinziko hageze nubundi ntanakamaro vyarikumarira
ababifisemwo inyungu muragenda mutore jewe sinzojayo
sha vyose vyari vyiza gusa akantu kibiciro niko kase kbx
amatora nikirumara
tuze twitabire amatora
bitondendere can aya Abashingamateka!!!!!
nuko atawanka kwonka nyina ngo aragwaye ariko wapi kabx
Baraduhemukiye cane abarundi tubayeho nabi cane
nakanya ko guhindura ibintu!!!!!!
Tureke imvigo zibabaza canke zibiba ugwanko burimuntu wese araziko azotora neza
iki gihugu tuzogipfira ugwaruka rufatane munda twubake burundi bwiza kandi nyabagendwa
Gwaruka uwomusi nimwe muzoba mufise akazi kose kukwubaka uburundi
Sha turabizi ni mchezo wa ndani