September 7, 2024

URUGANDA AJENITEKAS MU BURUNDI-CIBITOKE-RUGOMBO

1

URUGANDA AJENITEKAS Ruhingura Ibijanye n’AMAZI TEFI hamwe n’ingaburo zitandukanye NKUBUYI (UMUSURURU),IFU,IKINYOBWA TANGAWIZI,Eka n’ibindi vyishi muntumbero yogukwiragiza ingaburo nziza mu BARUNDI NO MUMAKUNGU.

URWO RUGANDA AJENITEKAS rwabateguriye PROMOTION Ku MAZI ari mugicupa kinini 20L kuma Franga makeya cane, IKINYAMAKURU BBNEWS kivugako ayo mazi naho ri gutangwa kubiciro bito cane ngo suko arikovyagakwiye nuko Urwo RUGANDA AJENITEKAS Rwipfuzako abarundi nkabose bonezerwa no kugira amagara meza kuko muziko ABARUNDI beshi baba bari kumirimo bakenera amazi cane Mukwivuna akanyota,

Dushimiye abanyagihugu bose Bomumicungararo yo muma ZONE YA BUJUMBURA ndetse no muntara hagati badahengeshanya gusaba no kugura no kugurisha ayo mazi kubwishi tukabamenyeshako vuba bwango dushikana ayo mazi muntara hagati kubwishi BURUNDI-CIBITOKE-RUGOMBO

bbnews #ajenitekas #bujumbura-burundi #rachidi ntihinduka #www.bbnewz.com (office BURUNDI)

1 thought on “URUGANDA AJENITEKAS MU BURUNDI-CIBITOKE-RUGOMBO

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *