Inkuru nshasha
Ubumwe bwa Afirika (UA) buvuga ko “burajwe inshinga” n’ukwiyonkora kwa Leta zunze ubumwe za Amerika mwishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu OMS
Iyi ngingo ya Donald Trump irateye ubwoba umugabane wa Afirika kuko ishitse uhungabanijwe n’indwara zitandukanye nk’umugera wa Marburg muri Tanzaniya...
RDC : Abashinwa baraye bafashwe muri reta iharanira demokarasi ya Congo bafise inzahabu na $ 800 000(cash)
Abategetsi ba reta ya Tshisekedi bavuga ko abanyamahanga batatu bamuka mu gihugu c’ubushinwa baraye bafashwe bafise ibice 12 vy’inzahabu n’amafaranga...
Merry Christmas!
Broadcasting Business News (BBNEWS) wishing you a Merry Christmas!
USA : Abanyeshure b’abanyamahanga biga mu ma kaminuza bari mu buruhuko basabwa kugaruka kare
Amakaminuza amwe amwe yo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, yatanguye guhamagarira abanyeshure b’abanyamahanga bayigamo, kugaruka kare mu ntango za...
Burundi : Abamenyeshamakuru ntibemerewe kuvuga ivyavuye mu matora imbere y’uko CENI ibimenyesha
Abamenyeshamakuru baba abarundi canke abanyamahanga, ntibemerewe gutangaza ivyavuye mu matora imbere y’uko CENI ku nzego zayo zitandukanye zibishikiriza. Ivyo vyashikirijwe...
Nestor Ntahontuye niwe aramutswa Ubushikiranganji bw’ikigega ca Reta
Uwahoze ari umushingamateka, Nestor Ntahontuye, niwe aramutswa ubushikiranganji bw’ikigega ca Reta kuva kuri uyu wa 9 Kigarama 2024, kw’itegeko ry’umukuru...
Abdoul Hussein : “Mu buzima kirazira kwigira agahambaye kubera ico uri uyu musi”
Umutama Abdoul Hussein, abenshi bakaba bamuzi kw’izina rya Duruduru, muri uyu mwaka wa 2024 yakwije imyaka 94 kuko yavutse mu...
Visit Burundi yatunganije indwi yahariwe ubukerarugendo mu Burundi ku ncuro ya mbere
Mu Burundi, hatunganijwe indwi yahariwe ubukerarugendo (Burundi Tourism Week) ku ncuro ya mbere. Iyo ndwi ikaba yatunganijwe n’ishirahamwe Visit Burundi...


