Sat B agiye Kuboneka mw’isabukuru One Love Africa Music Festival i Burayi
Mugihe hari haheze imyaka itari Mike umuririmvyi Sat B agerageza gusohoka igihugu agana mu bihugu rutura kugira ashobore kuryohera abakunzi...
Mugihe hari haheze imyaka itari Mike umuririmvyi Sat B agerageza gusohoka igihugu agana mu bihugu rutura kugira ashobore kuryohera abakunzi...
Haraheze igihe gito bashize umukono kumasezerano yo gukorana n'amashirahamwe Beats and Creations na BuBet, aho abo baririmvyi bamenyekanye cane kundirimbo...
Hari kumusi wejo igenekerezo rya 20.08.23 aho hari haramutse haba igiteramo gitunganywa n'umuhinga mugutwenzwa Kigingi ciswe "Kigingi Summer Comedy" kuncuro...
Tugerageje kuraba muri bino bihe kuva mu mwaka wa 2015 gushika ubu Umurindi munini w'abana bakiri bato gose basegerereza n'abakora...
Primusic yuyumwaka cari igikorwa kitoroshe ,kuko hafi abayitavye nkabose bari bazi kuririmba neza kandi ubona ko bakeneye gushika kuntsinzi ,Igikorwa...
BUKANGUKE. Mu mwanya wo gusengera Uburundi naho agira ati “ibintu abarundi bidogera kurusha ibindi nk’ikena ry’igitoro, ifanta, isukari, amadorari n’ibindi...
Tumenyereye muriki gihugu cacu haba ama higanwa yo gutamba ca kuririmba indirimbo zitadukanye kucuro yambere Tst yabateguriye ihiganwa rya kataraboneka...