Amaso Y’abarundi kuntamba | Hitezwe amateka adasanzwe kugihugu c’uburundi
Harabaru amasaha make habe urukino ruhuza umurwi nserukira gihugu w'uburundi (Intamba murugamba) hamwe n'umurwi nserukira gihugu w'igihugu ca Cameroun(Les Lion...
Harabaru amasaha make habe urukino ruhuza umurwi nserukira gihugu w'uburundi (Intamba murugamba) hamwe n'umurwi nserukira gihugu w'igihugu ca Cameroun(Les Lion...
amagaju Fc n'ikipe ikina mucicaro cambere mugihugu c'Urwanda ,mukugerageza gukomeza Ikipe yayo ikaba ikomeza kugura abakinyi batandukanye na cane cane...
Abakunzi b'inkino mu Burundi baribaza ingene Urukino rwa Cameroon n'Uburundi ruzoba Rumeze aho n'igihe hakiri amatati hagati yabakinyi bahora bawuserukira...
Kuvaho Uburundi butsindiye namibi Ibitsindo 3 kuri 2 bibiri,aho vyibonekeje ko abakinyi b'Intamba bari barwiteguriye kubwo hari imyidogo kubivanye nuo...
Mugihe hasigaye igihe gito gusa umurwi nserukira gihugu mu mupira wamaguru Intamba murugamba ngo utane mumitwe n'umurwi wa Namibie. urutonde...
Inyuma yitsinda rikomeye murukino rushira urwanyuma rwabahuje na Real Madrid kubitsindo ‘’4 ‘’kubusa ,Manchester City izotana mumitwe murukino rwanyuma na...
Mubona Intambamurugamba zizoshikana Uburundi muri CAN?Mukiringo c'ukwezi kumwe konyene niho hategekanijwe urukino ruzohuza umugwi nserukiragihugu #Intambamurugamba n'umugwi wo mu gihugu...
Mugihe vyanurwanurwa ko ari hafi yo kwinjira mu murwi wa Real Madrid umwaka uheze, Kylian Mbappé yari yarahindutse. Uyu mukinyi...