July 27, 2024

NI UMWE MUBA KINJITSI BAKOMEYE CANE MU BURUNDI Agira uti NOUS SOMMES CE QUE NOUS MANGEOS

Kumazina ni MUGISHA Franck lly Yamenyekanye cane nka FRANCK’S COOKER Muba kinjitsi Babarundi babigize umwuga

IKINYAMAKURU BBNEWS Caramutse kigendera uwo mukinjitsi Yatumenyeshejeko Bimutunze kandiko Bimufitiye akamaro cane

MUGISHA FRANCK LLY agira ati nje ahongeze ubu nshoboye kugira ishure ry’igisha Gukinjika kand kanatsinda ndamaze kurikora ndatanga nimpamya bushobozi kubize ivyo Guteka nka CUISINE MIXTE

Sivyo gusa Fisemwo uburambe kuko no mubijanye na PATISERIE ndashobora kubatunganiriza vyishi bijanye navyo Murico gisata

Natanguye bigoye cane nja kuvyiga mumashure ndetse nisanze ndanabifitiye impano murivyo Ndahamagarira uwowese y’ipfuza gutunganirizwa mubijanye no gukorerwa imanza nziza cane mukubatunganiriza urubanza bagafungura neza kuko musanzwe muziko Turico Dufungura Abatari bake ngo baramaze guhurumbira uwo mwuga Wo guteka

INTAMBAMYI BAHURA NAZO

1 : Ntabwo baha agaciro kabereye aba kinjitsi ngo bakorerwe n’AMASHURE y’akarorero yo kuvyiga Kandingo N’abavyiga ntibashoka baronka ubuzi hirya nino ngo berekane ivyo bize

#bbnews #Hosted Rachidi NT #BURUNDI AFRICAN

2 ivyiyumviro on Mr Franck’s Cooker From Burundi African

    Joseph
    May 30, 2024

    Burundi 🇧🇮 ifite talented kabisa

    0
    0
    Nziza
    May 30, 2024

    Frank komerezaho uzoshika kure cane Imana izogushoboze ushike kunzozi zawe
    Uhezagirwe

    0
    0

Siga Iciyumviro