July 27, 2024

RUGOMBO-CIBITOKE Nitwa MBONIHANKUYE Jacque Umuhinga mubijanye no Gushushanya Amasanamu.

IKINYAMAKURU BBNEWS: BROADACASTING BUSINESS NEWS Twashoboye kuva mugisagara ca BUJUMBURA Dusimbira Muntara Ya CIBITOKE ca RUGOMBO Aho twaramutse tugendera umwene GIHUGU yitahuye akihangira Imirimo yakazi ko kw’iteza Imbere biciye mugushushanya Amashusho atandukanye harimwo nayerekene akaranga k’UBURUNDI nibindi Bihugu

MBONIHANKUYE Jacque Agira ati ”Uwumwuga ntukiri Ubugenegene nkuko bamwe babivuga kuko ni Umwuga ubeshejeho beshi aha Muburundi najewe ndimwo Ahubwo dusaba Reta kuturosa natwe ibikoresho bigezweho hamwe nukutugirira ama Duka yo kudandarizamwo ivyo twashoboye Gushushanya Kuko ngo ivyo dushushanya keshi birahurumbirwa naba NYAMAHANGA cane kubwishi Dugashobora nokuja muma hayanishwa gurisha bitworoheye

Yaragije abwira IKINYAMAKURU BBNEWS Ko bakeneye Ama RADIO na ma TELEVISION Ko yobagendera cane bakagira ico bashikirije murico gisata cabo c’ugushushanya Yarangije kandi ahamagarira abantu bipfuza kugura ivyo bicapo ko bomusanga mu RUGOMBO kumutumba MPARAMBO 2 Ahobita MUNYIKA Impande Yamashure

MBONIHANKUYE JACQUE art #bbnews#hosted Rachidi Nt

Iciyumviro on MBONIHANKUYE Jacque UMWENE GIHUGU ATUNZWE NO GUSHUSHANYA AMASANAMU RUGOMBO-CIBITOKE

    Pacito ma
    May 30, 2024

    Murakoze caaane ntavyo twar tuzi nukur murakoze kubitumenyesha

    0
    0

Siga Iciyumviro