Burundi : Mbega inzego zijejwe kurwanya igiturire zikora gute?
Inzego za Reta zitegerezwa gukora uko zishoboye kose kugira ngo amahera ya Reta ntaze araherera ku bantu bamwe, amahera aherera...
Inzego za Reta zitegerezwa gukora uko zishoboye kose kugira ngo amahera ya Reta ntaze araherera ku bantu bamwe, amahera aherera...
Mu Burundi, harategekanijwe amatora mu mwaka wa 2025, amatora azoba agizwe n’amatora y'abashingamateka, ay'abajenama ba komine, ay'abakenguzamateka n’ay'abakuru b’imitumba n'amakaritiye....
Mu kiganiro co kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 29/11/2024 cabereye mw’ihoteri Emeraude, cahuje abahinga, abamenyeshamakuru n’abatumire batandukanye, ishirahamwe PARCEM...
Martin Niteretse, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano yahamagariye abakozi ba Reta kwitaho uburimyi. Ivyo yabishikirije mu...
Mu banyororo 5.442 bahawe ikigongwe n'umukuru w'igihugu hamaze kurekurwa 1.956 ni ukuvuga ibice 35.9%. Ivyo biri uko kandi mu gihe...
Ni muri uyu mwaka wa 2025. Twandikire aho munsi muri commentaire utubwire ic'ubivuzeko.
Mu bintu nyamukuru twomenya ku ndinganizo nshasha y’intara zigize Uburundi n’uko guhera mu mwaka wa 2025, igihugu c’Uburundi kizoba kigizwe...
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ntako atariko aragira mu gukebura abarundi ngo baze barabe neza mu gutora indongozi zabo mu...
Muri Komine n’intara ya Bururi, hari umuntu yafashwe n’igipolisi ku mutaga wo kuri uyu wa 18/11/2024 yivye ipikipiki. Ivyo bikaba...