July 27, 2024

UBURUNDI VUBA CANE 2025 MWITUNGANWA RYABASHINGAMATEKA BAZOTORWA MURI 2025 MUNTARA ZIGIZE IGIHUGU UKWARI ZITANU 5 #BURUNGA #BUTANYERERA #GITEGA #BUHUMUZA #BUJUMBURA

🇧🇮 INTARA SHASHA Z’UBURUNDI 5 zigiye kuronka abashingamateka mu mwaka wa 2025, #amatora aheze. Inama nshingamateka nshasha izoba irimwo abantu 100.

Kugira uronke umushingamateka umwe, uzotegerezwa kwegeranya amajwi 132,866

🔴 Umugwi ujejwe gutunganya amatora CENI utegekanya ko hazokenerwa 114,421,196,128 Fbu (ni ukuvuga imiriyoni 39,85 millions USD) mu gutunganya amatora ya 2025, ayo yose akazova hagati mu gihugu, ata ntererano ivuye hanze

👀 Waratanguye kwiyumvira ico uzofatirako mu gutanga ijwi ryawe mu 2025 ?

#Umwanditsi NT Rachidi #BBNEWS BURUNDI

2 ivyiyumviro on UBURUNDI MW’ITUNGANWA SHASHA RY’ABASHINGAMATEKA MURI 2025 MUNTARA 5 ZIGIZE UBURUNDI

    bbnewz
    May 17, 2024

    BIZOBA BIHIMBAYE CANE

    1
    0
    Nziza
    May 17, 2024

    Burundi bwacu burundi buhire

    0
    0

Siga Iciyumviro