June 5, 2023
09:55

BBNEWZ

Untitled-4

Ibidandazwa

EGLISE  APOSTOLIC  FAITH  MISSION OF BURUNDI, Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka! kaze mu gikorane kidasanzwe

EGLISE  APOSTOLIC  FAITH  MISSION OF BURUNDI, Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka! kaze mu gikorane kidasanzwe

Ibidandazwa, Ibigezweho, Imyidagaduro, Inkuru nshasha
Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka kaze mu gikorane kidasanzwe categuwe nishengero APOSTOLIC FAITH MISSION mu BURUNDI irongowe na BISHOP IRAMBONA Desire ,aho babateguriye igikorane co kubohoka no gukira ijambo ryurufatiro ni  : Igihe c'IMANA yesaya 60:22 bakaba batumiye abakozi b'IMANA bagiye batandukanye bo muri k'iguhugucacu c'UBURUNDI ndetse no hanze y'igihugu ca Republika iharanira Demokarasi ya Congo. Hakaba hatumiwe abakozi b'IMANA basizwe amavuta kandi bakomeye cane ndetse nabaririmvyi bafise ingabirano zikomeye nka : RIZIKI, JOTTA , JOSELYNE, Jean Paul VULA, ndetse na PROPHETE MAGALI hamwe nabandi nka ; Faith Generation Couple CHRISTIAN Natasha Vula Vula John Patrick The Young Of Glory Chorale EAC Bwiza ni kuruyu w'I...
AKATARABONEKA MURI LA VIDA PLUS RESTAURANT Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,

AKATARABONEKA MURI LA VIDA PLUS RESTAURANT Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,

Business, Ibidandazwa, Ibigezweho, Imyidagaduro, Ingenzi, Inkuru nshasha, Ubuzima
Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,Aho twaramutse tugendera Restaurant ikora neza nayo siyindi  ni La Vida Plus Restaurant  twahasanze abanegihugu benshi baje kwivuna umusase,batumenyesheje ko kuva bamenye La Vida Plus Restaurant  atahandi bagifungurira atari muri La Vida Plus Restaurant.Twegereye uwusazwe arongoye La Vida Plus Restaurant  yagize ati :Umunsi umwe yitegereje ukuntu yabuze aho yakirira abashitsi nivyo abafungurira baje mu mirimo ya minsi yose hano mu gihugu cacu  niho ico ciyumviro ca muzamwo yiyumvira  gutanguza uwo mugambi wa Restaurant hamwe na salle de reception  wiswe La Vida Plus Restaurant. Twegereye abasanzwe bahakorera haba abateka canke abakira abantu batwiganiye ...
SUCCESS COMPANY:Igabanywa ry’ibiciro muri SUCCESS COMPANY

SUCCESS COMPANY:Igabanywa ry’ibiciro muri SUCCESS COMPANY

Ibidandazwa, Ibigezweho, Inkuru nshasha
Promotion yakataraboneka hamwe na SUCCESS COMPANY…nkuko Summer yatanguye yabazaniye promotion y’impuzu  z ‘abahungu niz ‘abagabo(Pantalon mubwoko bwa Jeans,amashati,nibindi bitandukanye……) hamwe nibirato vyiza cane ndetse no  kubiciro vyiza cane mutari bwabone ahantu nahamwe..ni kuva kumusi wambere igenekerezo rya 22 Rusama gushika kumusi w,IMANA igenekerezo rya 28 Rusama, iyo wambaye neza usa neza,ibiciro vyagabanijwe gushika kuri 20%  ibiciro bimeze uku gukurikira : Abifuza kwambara neza kumpuzu ni birato vyiza kandi bikomeye ntimucikwe niyi promotion kuko atahandi muzoyisanga atari muri SUCCESS COMPANY … tukaba dukorera muri Tokyo Business Centre hepfo yisoko kwa Siyoni mukibanza B3 14… Telephone :71882916