June 5, 2023
08:37

BBNEWZ

Untitled-4

Imyidagaduro

NGIYI INDIRIMBO IJE GUHINDURA IBINTU MU BURUNDI Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel

NGIYI INDIRIMBO IJE GUHINDURA IBINTU MU BURUNDI Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel

Amakuru, Ibigezweho, Imyidagaduro, Inkuru nshasha
YOU DONE IT  indirimbo shasha , Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel ,kuruyu wakane itariki imwe (1) ya ruheshi aho abasore babaririmvyi babiri bafise ingabire idasanzwe baje kumuvuduko udasanzwe , ni YBRapper aririmba umudiho wa Rap  na JOE MANI akoresha cane umudiho wa RNB . Ni YB (risigura yvan bruno ) na JOE MANI (risigura joel manirakiza) kandi  nk’umuryango  babateguriye indirimbo y’inkuru nziza ivuga ku gikorwa ca yesu christo c’ubuntu n’urukundo n’imbabazi idufitiye . N’indirimbo nziza wokwumviriza aho ugeze hose ikakuzuza  ikakuremesha, ikakwibutsa kandi ko IMANA igukunda , kandi igufitiye imigambi myiza . uyo YB akaba ari umu catholika aririmba rap, kandi ntakora umwuga wokuririmba gusa aranashushanya( bisigura dessinateur). JOE MANI nawe ...
IGIKORANE HAGURUKA UKAYANGANE BESHI CABABEREYE INYISHU nkukobeshi baribaciteze ninako vyagenze  

IGIKORANE HAGURUKA UKAYANGANE BESHI CABABEREYE INYISHU nkukobeshi baribaciteze ninako vyagenze  

Ibigezweho, Imyidagaduro, Inkuru nshasha
Igikorane kidasanzwe citiriwe haguruka ukayangane ico gikorane cabereye kumusenyi wa bubanza, mwishengero The Image of Christ Church kumagenekerezo ya  26-28/5/2022 caremeshejwe n'umukozi w'imana Pastor Arcade ,ariko nabakozi b'Imana bava ikampala uganda. umunezero uva kwijambo ry'imana ryigishijwe, ugukira kw'indwara, ukugarukanirwa ivyizigiro nivyo vyaranze icogikorane citabwe nabandi bashitsi batandukanye bahano iwacu harabayemwo nikiganiro umukozi w'Imana Apostle Amos Abaasa yakoreye kuri bbnews tv iri mugisagara cabujumbura. https://www.youtube.com/watch?v=zDzcAuC3o3s
EGLISE  APOSTOLIC  FAITH  MISSION OF BURUNDI, Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka! kaze mu gikorane kidasanzwe

EGLISE  APOSTOLIC  FAITH  MISSION OF BURUNDI, Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka! kaze mu gikorane kidasanzwe

Ibidandazwa, Ibigezweho, Imyidagaduro, Inkuru nshasha
Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka kaze mu gikorane kidasanzwe categuwe nishengero APOSTOLIC FAITH MISSION mu BURUNDI irongowe na BISHOP IRAMBONA Desire ,aho babateguriye igikorane co kubohoka no gukira ijambo ryurufatiro ni  : Igihe c'IMANA yesaya 60:22 bakaba batumiye abakozi b'IMANA bagiye batandukanye bo muri k'iguhugucacu c'UBURUNDI ndetse no hanze y'igihugu ca Republika iharanira Demokarasi ya Congo. Hakaba hatumiwe abakozi b'IMANA basizwe amavuta kandi bakomeye cane ndetse nabaririmvyi bafise ingabirano zikomeye nka : RIZIKI, JOTTA , JOSELYNE, Jean Paul VULA, ndetse na PROPHETE MAGALI hamwe nabandi nka ; Faith Generation Couple CHRISTIAN Natasha Vula Vula John Patrick The Young Of Glory Chorale EAC Bwiza ni kuruyu w'I...
AKATARABONEKA MURI LA VIDA PLUS RESTAURANT Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,

AKATARABONEKA MURI LA VIDA PLUS RESTAURANT Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,

Business, Ibidandazwa, Ibigezweho, Imyidagaduro, Ingenzi, Inkuru nshasha, Ubuzima
Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,Aho twaramutse tugendera Restaurant ikora neza nayo siyindi  ni La Vida Plus Restaurant  twahasanze abanegihugu benshi baje kwivuna umusase,batumenyesheje ko kuva bamenye La Vida Plus Restaurant  atahandi bagifungurira atari muri La Vida Plus Restaurant.Twegereye uwusazwe arongoye La Vida Plus Restaurant  yagize ati :Umunsi umwe yitegereje ukuntu yabuze aho yakirira abashitsi nivyo abafungurira baje mu mirimo ya minsi yose hano mu gihugu cacu  niho ico ciyumviro ca muzamwo yiyumvira  gutanguza uwo mugambi wa Restaurant hamwe na salle de reception  wiswe La Vida Plus Restaurant. Twegereye abasanzwe bahakorera haba abateka canke abakira abantu batwiganiye ...
BEST RADIO PRESENTER AWARD:Ihiganwa ryakataraboneka mu Burundi kubamenyeshamakuru bo kuma Radio

BEST RADIO PRESENTER AWARD:Ihiganwa ryakataraboneka mu Burundi kubamenyeshamakuru bo kuma Radio

Ibigezweho, Imyidagaduro, Inkuru nshasha, Ubuhinga
Ihiganwa ryakataraboneka mu Burundi hamwe nishirahamwe BROADCASTING BUSINESS NEWS (BBNEWS) …..uko bukeye uko bwije haraboneka impinduka idasanzwe mubuhinga n’utugenegene mu gihugu  ; mubwitwararike ndetse no kwitanga ntangere kwabamenyeshamakuru mugisata ca Radio haba munkino ;mu mico ; muguhimbaza IMANA;ndetse no mumyidagaduro muri vyo  vyinshi tukabikesha abamenyesha makuru bo murico gisata ; ni muriyo ntumbero ishirahamwe BROADCASTING BUSINESS NEWS (BBNEWS)  ryabateguriye ihiganwa kugira ribashigikire ryongere ribatere intege. Ihiganwa naryo rikaba ritunganijwe uku gukurikira : -Guhera kwigenekerezo rya 2 Ruheshi gushika igenekerezo rya 19 Ruheshi hategekanijwe amatora yabashika mirongo 20 bagomwe na BBNEWS ko bitwaye neza gusumvya abandi azobera kumbuga ngurukanab...
Mbe Intamba murugamba zizoshikana uburundi muri CAN

Mbe Intamba murugamba zizoshikana uburundi muri CAN

Imikino, Imyidagaduro, Inkuru nshasha
Mubona Intambamurugamba zizoshikana Uburundi muri CAN?Mukiringo c'ukwezi kumwe konyene niho hategekanijwe urukino ruzohuza umugwi nserukiragihugu #Intambamurugamba n'umugwi wo mu gihugu ca #Namibiya.Urwo rukino rutegekanijwe kw'igenekerezo rya 12 Ruheshi 2023 rukazoba urukino rudasanzwe kuko ruzoba ari amahirwe yanyuma yo kurondera itike yo mu gikombe ca Afrika #CAN.Mukwongereza amahirwe yuko #Uburundi bushika muri iryo higanwa rya #CAN bisabwa yuko #Intambamurugamba zizotsinda muri urwo rukino .Mugihe #Uburundi busigaje Inkino zibiri zizobahuza na #Namibie hamwe naCameroun birashoboka kuko iyo yindi mirwi isigaje urukino rumwe.Hasabwa yuko intambamurugamba zitsinda inkino zose canke zitsinde rumwe zikanganya urindi.Uko vyifashe mw'itsinda ry'Uburundi:Namibie:5 ptsCameroun:4 ptsBurundi:1p...