June 17, 2024

Waruziko groupe ya whatsapp #Mbonihankuye_Lievin yatanguje mu mwaka wa 2016 ubu ari coopérative ifise millioni zirenga 22 ?

1

Waruziko groupe ya whatsapp #Mbonihankuye_Lievin yatanguje mu mwaka wa 2016 ubu ari coopérative ifise millioni zirenga 22 ?

U.F.S.D(United Family for Solidarity and Developpment) batanguye ari groupe ya whatsapp yabagenzi no ubu ni association imaze imyaka 3ans ku kivi bakora ku mugaragaro

Batanguye bakotiza 5milles ku kwezi uburyo bumaze kwisununura batangura gukora iyindi migambi baranagura moto ica amafaranga nutundi.

Iyo association ihurikiyemwo abanye Ngozi na Kayanza mbere na Bujumbura ubu ikaba ifise icicaro gikuru Gitega

Ibiharuro baheruka gukora muri iyi weekend bakaba bageze kuri chiffre d’affaire ya 22millions.

Ubu ikaba ari coopérative ikwije amategeko kuko baramaze kurondera ibikenewe ngo biteze imbere biboneka mu kurondera Registre de commerce et NIF

Hari ico bakwigishije?#BBNEWS #ITERAMBERE

Iciyumviro on Waruziko groupe ya whatsapp #Mbonihankuye_Lievin yatanguje mu mwaka wa 2016 ubu ari coopérative ifise millioni zirenga 22 ?

    Nziza
    June 16, 2024

    Mushike kure cane
    Nimwe ngufu zuburundi mukwiye gushigikirwa nabandi babigireko

    0
    0

Siga Iciyumviro