June 5, 2023
09:25

BBNEWZ

Untitled-4

Ibigezweho

NGIYI INDIRIMBO IJE GUHINDURA IBINTU MU BURUNDI Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel

NGIYI INDIRIMBO IJE GUHINDURA IBINTU MU BURUNDI Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel

Amakuru, Ibigezweho, Imyidagaduro, Inkuru nshasha
YOU DONE IT  indirimbo shasha , Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel ,kuruyu wakane itariki imwe (1) ya ruheshi aho abasore babaririmvyi babiri bafise ingabire idasanzwe baje kumuvuduko udasanzwe , ni YBRapper aririmba umudiho wa Rap  na JOE MANI akoresha cane umudiho wa RNB . Ni YB (risigura yvan bruno ) na JOE MANI (risigura joel manirakiza) kandi  nk’umuryango  babateguriye indirimbo y’inkuru nziza ivuga ku gikorwa ca yesu christo c’ubuntu n’urukundo n’imbabazi idufitiye . N’indirimbo nziza wokwumviriza aho ugeze hose ikakuzuza  ikakuremesha, ikakwibutsa kandi ko IMANA igukunda , kandi igufitiye imigambi myiza . uyo YB akaba ari umu catholika aririmba rap, kandi ntakora umwuga wokuririmba gusa aranashushanya( bisigura dessinateur). JOE MANI nawe ...
IGIKORANE HAGURUKA UKAYANGANE BESHI CABABEREYE INYISHU nkukobeshi baribaciteze ninako vyagenze  

IGIKORANE HAGURUKA UKAYANGANE BESHI CABABEREYE INYISHU nkukobeshi baribaciteze ninako vyagenze  

Ibigezweho, Imyidagaduro, Inkuru nshasha
Igikorane kidasanzwe citiriwe haguruka ukayangane ico gikorane cabereye kumusenyi wa bubanza, mwishengero The Image of Christ Church kumagenekerezo ya  26-28/5/2022 caremeshejwe n'umukozi w'imana Pastor Arcade ,ariko nabakozi b'Imana bava ikampala uganda. umunezero uva kwijambo ry'imana ryigishijwe, ugukira kw'indwara, ukugarukanirwa ivyizigiro nivyo vyaranze icogikorane citabwe nabandi bashitsi batandukanye bahano iwacu harabayemwo nikiganiro umukozi w'Imana Apostle Amos Abaasa yakoreye kuri bbnews tv iri mugisagara cabujumbura. https://www.youtube.com/watch?v=zDzcAuC3o3s
EGLISE  APOSTOLIC  FAITH  MISSION OF BURUNDI, Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka! kaze mu gikorane kidasanzwe

EGLISE  APOSTOLIC  FAITH  MISSION OF BURUNDI, Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka! kaze mu gikorane kidasanzwe

Ibidandazwa, Ibigezweho, Imyidagaduro, Inkuru nshasha
Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka kaze mu gikorane kidasanzwe categuwe nishengero APOSTOLIC FAITH MISSION mu BURUNDI irongowe na BISHOP IRAMBONA Desire ,aho babateguriye igikorane co kubohoka no gukira ijambo ryurufatiro ni  : Igihe c'IMANA yesaya 60:22 bakaba batumiye abakozi b'IMANA bagiye batandukanye bo muri k'iguhugucacu c'UBURUNDI ndetse no hanze y'igihugu ca Republika iharanira Demokarasi ya Congo. Hakaba hatumiwe abakozi b'IMANA basizwe amavuta kandi bakomeye cane ndetse nabaririmvyi bafise ingabirano zikomeye nka : RIZIKI, JOTTA , JOSELYNE, Jean Paul VULA, ndetse na PROPHETE MAGALI hamwe nabandi nka ; Faith Generation Couple CHRISTIAN Natasha Vula Vula John Patrick The Young Of Glory Chorale EAC Bwiza ni kuruyu w'I...
AKATARABONEKA MURI LA VIDA PLUS RESTAURANT Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,

AKATARABONEKA MURI LA VIDA PLUS RESTAURANT Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,

Business, Ibidandazwa, Ibigezweho, Imyidagaduro, Ingenzi, Inkuru nshasha, Ubuzima
Restaurant  yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,Aho twaramutse tugendera Restaurant ikora neza nayo siyindi  ni La Vida Plus Restaurant  twahasanze abanegihugu benshi baje kwivuna umusase,batumenyesheje ko kuva bamenye La Vida Plus Restaurant  atahandi bagifungurira atari muri La Vida Plus Restaurant.Twegereye uwusazwe arongoye La Vida Plus Restaurant  yagize ati :Umunsi umwe yitegereje ukuntu yabuze aho yakirira abashitsi nivyo abafungurira baje mu mirimo ya minsi yose hano mu gihugu cacu  niho ico ciyumviro ca muzamwo yiyumvira  gutanguza uwo mugambi wa Restaurant hamwe na salle de reception  wiswe La Vida Plus Restaurant. Twegereye abasanzwe bahakorera haba abateka canke abakira abantu batwiganiye ...
BEST RADIO PRESENTER AWARD:Ihiganwa ryakataraboneka mu Burundi kubamenyeshamakuru bo kuma Radio

BEST RADIO PRESENTER AWARD:Ihiganwa ryakataraboneka mu Burundi kubamenyeshamakuru bo kuma Radio

Ibigezweho, Imyidagaduro, Inkuru nshasha, Ubuhinga
Ihiganwa ryakataraboneka mu Burundi hamwe nishirahamwe BROADCASTING BUSINESS NEWS (BBNEWS) …..uko bukeye uko bwije haraboneka impinduka idasanzwe mubuhinga n’utugenegene mu gihugu  ; mubwitwararike ndetse no kwitanga ntangere kwabamenyeshamakuru mugisata ca Radio haba munkino ;mu mico ; muguhimbaza IMANA;ndetse no mumyidagaduro muri vyo  vyinshi tukabikesha abamenyesha makuru bo murico gisata ; ni muriyo ntumbero ishirahamwe BROADCASTING BUSINESS NEWS (BBNEWS)  ryabateguriye ihiganwa kugira ribashigikire ryongere ribatere intege. Ihiganwa naryo rikaba ritunganijwe uku gukurikira : -Guhera kwigenekerezo rya 2 Ruheshi gushika igenekerezo rya 19 Ruheshi hategekanijwe amatora yabashika mirongo 20 bagomwe na BBNEWS ko bitwaye neza gusumvya abandi azobera kumbuga ngurukanab...
Ubukene buri murwaruka ngo burafise intambamyi kwiterambere ry’igihugu

Ubukene buri murwaruka ngo burafise intambamyi kwiterambere ry’igihugu

Ibigezweho, Inkuru nshasha, Ubuzima
Mubushakashatsi bwakozwe n'amashirahamwe mpuzamakungu adaharanira inyungu za politike mu burundi bwasanze urwaruka rwinshi ruri mubukene bukabije ,kuburyo kumusi rushobora kutaronka canke rukaronka amahere ari musi yi dollar 3.ivyo birashobora kubangamira kazoza kigihugu mubutunzi eka no mwiterambere kuko rudaheza ngo rushobore kurangura imigambi nimwe ,kubera benshi usanga ataburyo bagira bigatuma atanukwiyumvira nagato ivyo bokora kuko babona ko ataho bokura uburyo canke umutahe. mubo twashoboye kuyaga batubwira ko akenshi babiterwa nuko usanga abavyeyi babo babahatira kwiga gusa batigera banabafasha kugira babamenyeshe ko Inyuma yo kwiga bashobora gukora utugambi dutoduto tugashobora kubategekanyiriza kazoza,kandi bagashobora no kugira ico basahirije mumiryango yabo. ariko ngo a...
Ngaba Abakinyi  b’Intamba Murugamba batumweko murukino rwa/Burundi Vs Namibie

Ngaba Abakinyi b’Intamba Murugamba batumweko murukino rwa/Burundi Vs Namibie

Ibigezweho, Imikino, Inkuru nshasha
Mugihe hasigaye igihe gito gusa umurwi nserukira gihugu mu mupira wamaguru Intamba murugamba ngo utane mumitwe n'umurwi wa Namibie. urutonde rwabakinyi bazokwitabira urwo rukino rwamaze gushoka nubwo hari benshi mubakunzi bumupira bataruvugako rumwe ,bivanye nuko hari abakinyi bazwi nkababitumwako batashoboye gushirwa kurutonde rwabazoshobora kuza gufasha abandi. abantu benshi barabaza nimba vyukuri runo rukino ruzoshobora kworohera Intamba murugamba narirya ari urukino ruha amahirwe yanyuma Umurwi nserukira gihugu. Umumenyereza mukuru we ico yashoboye gushikiriza abanditsi n'abamenyeshamakuru nuko ayavuze biteguye kandi bagomba kwubaka umurwi mushasha kandi bizeye ko uzoshobora kugira aho ushikanye Intamba bivanye n'inkino kivandimwe bashoboye gukina n'igihugu ca indonesia,ngo bahigi...
SUCCESS COMPANY:Igabanywa ry’ibiciro muri SUCCESS COMPANY

SUCCESS COMPANY:Igabanywa ry’ibiciro muri SUCCESS COMPANY

Ibidandazwa, Ibigezweho, Inkuru nshasha
Promotion yakataraboneka hamwe na SUCCESS COMPANY…nkuko Summer yatanguye yabazaniye promotion y’impuzu  z ‘abahungu niz ‘abagabo(Pantalon mubwoko bwa Jeans,amashati,nibindi bitandukanye……) hamwe nibirato vyiza cane ndetse no  kubiciro vyiza cane mutari bwabone ahantu nahamwe..ni kuva kumusi wambere igenekerezo rya 22 Rusama gushika kumusi w,IMANA igenekerezo rya 28 Rusama, iyo wambaye neza usa neza,ibiciro vyagabanijwe gushika kuri 20%  ibiciro bimeze uku gukurikira : Abifuza kwambara neza kumpuzu ni birato vyiza kandi bikomeye ntimucikwe niyi promotion kuko atahandi muzoyisanga atari muri SUCCESS COMPANY … tukaba dukorera muri Tokyo Business Centre hepfo yisoko kwa Siyoni mukibanza B3 14… Telephone :71882916
INSTAGRAM: Uku niko urubuga rushasha rugiye kumera

INSTAGRAM: Uku niko urubuga rushasha rugiye kumera

Amakuru, Ibigezweho, Inkuru nshasha, Ubuhinga
Inyuma yo kubisabwa n'abantu benshi cane basanzwe bakoresha imbuga z'uruganda rwa META,ubu bakaba bahisemwo kwishura kucipfuzo bari barasabwe n'abanywanyi barwo mugushira kumugaragaro ishusho canke igicapo cuko urwo rubuga rushasha rugiye kumera no gukora. kuvaho urubuga rwa Twitter rugurishijwe rugashirwa muminwe y'umurwizatunga Elon Musk rwaratakaje igitigiri kitari gito c'abarwamamarizako bituma ruhomba cane eka rubura n'umurindi munini wabantu barukurikirana,bituma benshi mubashora mari babura iyo bashobora kwamamarizamwo ibidandazwa vyabon ari navyo biteza imbere bikazana agafaranga kumbugahwaniro, Meta Ikaba ikaba yipfuza gushiraho urubuga ruzoba rufise imikorere nkiya Twitter bikazotuma abantu bakunda urubuga rwa twitter imikorere yarwo bazoshobora kworoherwa urwo rubuga rus...
‘’Guhurira muri  Finale n’Umurwi  uturuka mu Butaliano  ntabwo ari urukino rworoshe nagato’’,ivyo bivurwa na Guardiola

‘’Guhurira muri  Finale n’Umurwi  uturuka mu Butaliano  ntabwo ari urukino rworoshe nagato’’,ivyo bivurwa na Guardiola

Amakuru, Ibigezweho, Imikino, Inkuru nshasha
Inyuma yitsinda rikomeye murukino rushira urwanyuma rwabahuje na Real Madrid kubitsindo ‘’4 ‘’kubusa  ,Manchester City izotana mumitwe murukino rwanyuma na Inter de Milan muri Championsleague. Kubwa Pep Guardiola ,umumenyereza wa Citizens mubibazo yabajijwe n’abamenyeshamakuru  akaba yashoboye kwishura avuga  ko guhurira murukino rwanyuma na ekipe iva muri SERIE A mubutaliyano atari ikintu coroshe na gato . ’’intsinzi itagabanijwe nagato kandi ikwije ibisabwa vyose kugira yitwe intsinzi,niyo yatumye twiyumva ko dutekaniwe cane.nari  nibicuro kuko muri twebwe twari tugifise imvune mumitima no mumushishito zivyatubayeko mumwaka uheze ariko uno musi twazimaze twumva dutekanye kandi dutekaniwe gose. Ubu tugira dukore  imyitegure mubwenge no kumubiri kuko tuz...