June 5, 2023
08:27

BBNEWZ

Untitled-4

Ibigezweho

BAZAMOBILE:Inyishu mubuhinga bwo kumenyekanisha,kurungika amatangazo  SMS kubantu benshi vyihuse n’ibindi

BAZAMOBILE:Inyishu mubuhinga bwo kumenyekanisha,kurungika amatangazo SMS kubantu benshi vyihuse n’ibindi

Ibigezweho, Inkuru nshasha, Ubuhinga
Uko ibihe bigenda mu Burundi  niko ibintu vyinshi bihinduka na cane cane mwiterambere rijanye n’ubuhinga bwanone bujanye  nokumenyesha canke gutumatumanako amakuru biciye muri internet canke kumaterefone . Kumenyekanisha  Ibidandazwa  vyawe ntibikiri ikibazo kigoye kuronkera inyishu mu Burundi ,wipfuza  gutanga ubutumwa kubantu  benshi  canke guhitamwo aho ubona ko ubutumwa bwawe bwoshikirizwa ,navyone muribi bihe bisigaye vyoroshe cane  gose kuko haguma hibonekeza amashirahamwe aguma azana ubuhinga butandukanye mugushikana ubutumwa kure canke ibidandazwa . Fiston BAHATI Assistant chef d'equipe NIMUBONA Francis Assistant d'equipe Reka turabire hamwe ishirahamwe BAZA MOBILE  kubuhinga bushasha bariko...
kuroba vyabujijwe Vyagateganyo Mukiyaga Tanganyika

kuroba vyabujijwe Vyagateganyo Mukiyaga Tanganyika

Amakuru, Ibigezweho, Inkuru nshasha, Ubuzima
Amasezerano yo kubuza kuroba mu kiyaga ca Tanganyika yatanguye gukurikizwa kuva kwi itariki ya 15 Rusama. Yafashwe n'ibihugu bine vyo ku nkombe: Zambiya, Tanzaniya, u Burundi na Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo. Ariko muri DRC, igihugu gifise 45% vyamazi yikiyaga Tanganyika, iri tegeko ryatumye habaho kutaryumva kumwe hagati y’impande zibiri. Uku ni ko bimeze mugisagara ca Kalemie, umurwa mukuru w'intara ya Tanganyika mu burasirazuba bw'igihugu, aho uburovyi ari co gikorwa kibateje imbere na cane cane mugisata c’ubutunzi. Ibihugu vyose rero birasabwa gukurikiza iyo ngingo rikaba ryari ryasinywe ubwambere mu mwaka wa 2021 ibidukikije no kurinda abaja kuroba amafi akiri mato bigatuma haba ibura bikabuza nirwirirana ryazo . Kurundi ruhande bakavuga ko bafise imisi 19 yukur...
LIKA Original Boutique :kubashaka kwambara bakaberwa Ikibazo kirakemuwe

LIKA Original Boutique :kubashaka kwambara bakaberwa Ikibazo kirakemuwe

Business, Ibigezweho, Ingenzi, Inkuru nshasha
Uburyo umuntu yambara haba iyo Asohotse canke murubanza eka no mubuzima busanzwe n’ikintu cambere kigaragaza Ubushobozi canke uruhande umuntu arimwo muguhabwa agaciro bivanye nimyambarire yiwe. Gucagura Impuzu kumenya kuvanga amabara canke kumenya marke yimpuzu wambara zikakubera nikintu gikomeye gose kandi kitoroshe, kuburyo benshi usanga bibagora bagahitamwo kugura impuzu canke kuraba amabara yoba ajanye bisunze ibitabo canke amashusho,indirimbo,amafoto n’ibindi babonye. Ariko nubwo biruko simisi yose biheza bikakubera nkuko wewe wari wagerageje gushushanya ,bivanye nivyo wabonye Lika Original Boutique, Iri muzambere zigufashamwo kugira ushobore kuronka impuzu bivanye ,niforoma ndemano yawe,ikagutoza amabara eka nibirato nibindi vyinshi bishobora gutuma uberwa kandi bikaguha is...
Elon Musk yahisemo Linda Yaccarino kugirango abe ariwe azoba umurongozi wurubuga  rwa Twitter

Elon Musk yahisemo Linda Yaccarino kugirango abe ariwe azoba umurongozi wurubuga  rwa Twitter

Amakuru, Ibigezweho, Inkuru nshasha, Ubuhinga
Umuyobozi mushasha kuri Twitter. Nyene imbuga nkoranyabuhanga, Elon Musk, yahisemo uwuzomusubirira. Umugabo wumunyabikorwa wumuhanga, Ku wa gatanu, 12 Rusama, akaba yagaragaje kumugoroba Umwidondoro wa Linda Yaccarino nkuzomusubirira kurongora urwo rubuga abanje kubaza niba ashobora gutanga Imihoho kuri intereneti mumatora. Imbere ya benshi bahisemwo "ego", yavuze ko azobikora akimara kubona umuntu wumusazi birenze kugirango amusubirire, Munyuma atangaza ko yahisemwo Imbwa yiwe. Ariko avuga ko yariko abishiramwo ariko ubu imikino yarangiye. Elon Musk akaba yahisemwo  Linda Yaccarino.. Yarongoye kugeza kuwa gatanu ishami ryo kwamamaza itangazamakuru n’itumatunako rikomeye ryamakuru NBCUniversal. Ntabwo ariho agitangura imirimo nkiyo, hanyuma. Ikirenze vyose, ni inzobere ...
Muri Kenya  Idini ry’umunsi w’iherezo ryahera  ku bana mukugira amapfungo yo kwiyicisha inzara

Muri Kenya  Idini ry’umunsi w’iherezo ryahera  ku bana mukugira amapfungo yo kwiyicisha inzara

Amakuru, Ibigezweho, Inkuru nshasha
Abana nibo babaye benshi cane mu kwicishishwa inzara mu minsi ya nyuma y’idini ry’umunsi w'iherezo muri Kenya, ku bw’amakuru mashasha aguma aboneka. Igiporisi kiriko kiratohoza ku kigaragara nk’ukwiyahura mu kivunga gushika ubu kimaze kuzura ibiziga bigera 201 mw’ishamba rinini rya Shakahola mu buseruko bushira ubumanuko bwa Kenya. Uwahoze ari icegera c’umwigisha [w’ijambo ry’imana] muri iryo dini yabwiye ikinyamakuru New York Times ko abana bicwa ubwa mbere, bagahatirwa ‘’kwisonzesha ku zuba kugira banyaruke gupfa’’. Abagore n’abagabo nibo bakurikira muri iyo nteguro yo kwiyahura, nk’uko Titus Katana yavuze. Uwo mugabo Katana – ariko arafasha igiporisi muri ayo matohoza -yanabwiye ikinyamakuru Sunday Times ingene abana bafatwa bunyamaswa, akavuga ko bugaranirwa mu tuzu imin...
Ibintu wokora kugira Business yawe Igire akunguko kandi bikakugeza kure mumwanya muto

Ibintu wokora kugira Business yawe Igire akunguko kandi bikakugeza kure mumwanya muto

Business, Ibigezweho
Abantu benshi bagira ikibazo co kutamenya uko bashobora gukuza buziness zabo kubera kutamenya aho ikibazo gituruka ; kutaronka ababashorera canke bamenye ko boba badandaza canke bakora ivyo bintu .Akenshi ivyo bibazo bigaturuka kumvo zuko hari abakora ibintu kubera babonye abandi babikoze ariko ntibafate akanya ngo bige uko bazoshobora kubikora bakaronka abakiriya canke abahurumbira service zabo,mbere hakaba nabandi bahitamwo kubihagarika kuko baba bibaza ko vyabananiye kuko baba bafise igicapo caho babibonye bagashaka ko nabo boshoka baronka inyungu, nababahurumbira nkabo babonye ahandi .Hari nabandi batangura neza ariko uko ibihe bigenda bikagenda birahindagurika nkuko umengo bariko barakoroka ,bigatuma bamwe bamwe bibazako boba bafise umukoshi canke boba baraba...
Mbe Intamba murugamba zizoshikana uburundi muri CAN

Mbe Intamba murugamba zizoshikana uburundi muri CAN

Imikino, Imyidagaduro, Inkuru nshasha
Mubona Intambamurugamba zizoshikana Uburundi muri CAN?Mukiringo c'ukwezi kumwe konyene niho hategekanijwe urukino ruzohuza umugwi nserukiragihugu #Intambamurugamba n'umugwi wo mu gihugu ca #Namibiya.Urwo rukino rutegekanijwe kw'igenekerezo rya 12 Ruheshi 2023 rukazoba urukino rudasanzwe kuko ruzoba ari amahirwe yanyuma yo kurondera itike yo mu gikombe ca Afrika #CAN.Mukwongereza amahirwe yuko #Uburundi bushika muri iryo higanwa rya #CAN bisabwa yuko #Intambamurugamba zizotsinda muri urwo rukino .Mugihe #Uburundi busigaje Inkino zibiri zizobahuza na #Namibie hamwe naCameroun birashoboka kuko iyo yindi mirwi isigaje urukino rumwe.Hasabwa yuko intambamurugamba zitsinda inkino zose canke zitsinde rumwe zikanganya urindi.Uko vyifashe mw'itsinda ry'Uburundi:Namibie:5 ptsCameroun:4 ptsBurundi:1p...
Real Madrid irababazwa nuko  Kylian Mbappé yongereje amasezerano mu murwi wa Paris Saint Germain

Real Madrid irababazwa nuko Kylian Mbappé yongereje amasezerano mu murwi wa Paris Saint Germain

Amakuru, Ibigezweho, Imikino
Mugihe vyanurwanurwa ko ari hafi yo kwinjira mu murwi wa Real Madrid umwaka uheze, Kylian Mbappé yari yarahindutse. Uyu mukinyi Akomoka mu gihugu c Ubufaransa yemejwe na ekipe nkuru y’umurwa mukuru, yongereje amasezerano kugeza muri Ruheshi mu mwaka 2024, umwaka wiyongeyeko kumasezerano yarahari. Merengue ntiyari kwibagirwa rutahizamu wa Paris kandi ashobora gusubira kwongerwa muri iri ci. “Intambwe ikurikira? Gutsindira Shampiyona, Ndibaza. Narashoboye gukina finale, Demi finale , kimwe ca kane gishira icanyuma, n’izindi nkino… Narakoze vyose kiretse gutsinda ngereranya (gutwenga). Narabibuze,Ariko ndizera ko vuba bigiye gushika kandi bigashoboka. I Paris Saint Germain Ndi umunya Paris kandi nkurikije amasezerano. Mukinyamakuru ‘’Tout le sport’’ikiganiro cari cashoboye gukorana naw...