Top Girls Academy yanyagiye ibitsindo 5 ku busa bwa La Colombe mw’ihiganwa Lumitel Women’s League
Igihe c’isaha 2 zo mu gitondo (8h00) ku kibuga CTN kiri mu Ngagara habaye urukino rw’abigeme, umugwi Top Girls Academy watsinze ibitsindo 5 ku busa bwa La Colombe, mu gihe mu rukino rugira kabiri rwari guhuza PVP Buyenzi na Maika y’i Gitega, rutabaye kuko umugwi wa PVP Buyenzi wari ufise abakinyi batagira Licence, bituma batsindwa impaga, ni ukuvuga ibitsindo 2 ku busa.
Twagerageje kubaza impamvu yatumye abakinyi ba PVP Buyenzi bataronswa ama licence, batwishura ko bari basavye guhabwa indwi zibiri ngo bitegure, kuko uwo mugwi waheruka kwandikira ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ko kubera ikibazo c’uburyo bahisemwo kutitabira ihiganwa rya 2024-2025. Ariko bakaba bari bafise imisi 3 gusa yo kwitegura bituma abakinyi bose bataronswa ama licence.
Mwomenya kandi ko umugwi wa Top Girls waheruka kunyagira umugwi wa Buja Queens ibitsindo 7 ku busa.
Birababaje gutsindwa impanga
Gutsindwa udakinye nivyanyuma
Nibace bazirondera rero izo licence basiremwo inguvu
Licence zirakoze ibara
Abanyabuyenzi pole
Ico cogutsindwa bitanu kubusa naco vrmt ni too much
Batahanye agashavu vrmt !
Turakeje abatsinze babandanye nkukonyene
Ni shame 😢
Namb Ata entraînement bagize ubusa mukirundi??
Ko bikaze
Ariko nivyiza kwitaho ibikenew avant ndababajwe nabatakinye Bari kurutonde
Pole buyenzi
Nahatswe kuhaba nahomvye
Ngurwo urukino mfana
None abatsinz babahaye iki?
Top academy 👏 👌 🙌 Oyeeeee
Namb Ata entraînement bagize ubusa mukirundi??
0/5
5/0
Uko niko vyandikwa? Gusa biramaramaje hhhhhh
Birababaje gutsinda nkuko kwose
Sha pvp buyenzi irasarishije kl
None baretse kubahigira licence Haiti kare Kuberik??
None nyimba batali mukibuga
Top Gils academy wakoze umuti
Imigwi ninkiyo rero itsinda ibitsindo
La combo nayo kabisa iramaramaje kl
Itize nizike kubakinyi ba la La colombe
None gabasha muturabiye pvp buyenzi iris mubiki
Abatsinze batahanye amanota gusa ntanamahera
Turabakeje abatsinze
Biratangaje ntakuntu umugwi kurya wotsindwa nkuko kwose
Pvp buyenzi iratumaramaje
None kugira umugwi utindwe ititsindo nkivyo bivakuki
Gusa kugire izorisanse zibure nano barabishizemwo uruhara
Ivyontivyumvikanako bobura licence
Top Girls wabijemwo neza
Ivyo Pvp isigura ntivyumvikana nagato
Nikibazo ko none kobatazirondeye hakirikare
None kobikaze gabashahu Top Girls izobica
Ukwo nikwo rwagenze yewegayewe
Ukwo nikwo rwagenze
Kumbe Nukwo vyagenze narahonvye kabisa
Aho urabonako Top Girls iriko yitwara neza mugabo Winona munyuma uruhigi ruhindukira
Bibaho kl akabumbu karidunda
Bibaho gitsindwa nivyabose
Ahubwo abatsinzwe courage
Eeee batsinzwe forfe nibitsindo bibiri
Courage abatsinzwe bose nabakubiswe forfe
Twebwe nkabafana ba PVP turahaye courage abakinyi ntimwirande
Gusa nivyiza kwitaho ibintu imbere yuko biba
None aba tewe forfe ntanamande babaca
Ivyobintu birateye igomwe
Birashika ubuntu agatsindwa mugabo ntivyoba burimunsi
Iyo match yaribishe
Match ibonekamwo ibitsindo vyinshi ibayamaze kubiha kera
Narahomvye kuba ntagiye kuyiraba match kl
None mwumva hakwiyiki kuri PVP gabasha
Icarikunyereka urworukino rwabayemwo ivyobitsindo vyose
None mwumva hakwiyiki kuri PVP
Koca arimubiki wiyo ekipe
Nibahindure umukenyuro rero babonyeko badashoye gutsindwa ibitsindi nkivyo vyose kubusa
Nibabanze bicare bige
Baracarabana Top Girls ntimenyerwa
Bibaho gutsindwa kl ntawobatwenga
La colombe courage Natwe tuzotsinda gusa reka dukore itize zikwiye
Antrennement zirakewe koca arihe bakoreshe
none Top Girls ikoreshiki nyimba ikoreshimiti
PVP BUYENZI namwe ntumucike intege nibaronderere izo licence ibindi nimunyuma
ivyobintu bisigura ntivyumvikana none ntibari babateguje
none babuze uburyo gute nta president bafise rero
none nyene ntibazitabira ihiranwa nyene
icokibazo cokutitabira ihiganwa nibazako arukubura umu president kl abatamwo amahera
Colombe pol xana mda wenu hauja eneya
Colombe pol xana mda wenu hauja eneya
mbuzumutahe kl nabatamwo nkaraba ivyabo
none baretse kwitabira ihiganwa nibande bazohomba
Top Girls irabamara uwumwaka ije ije sindababesha
biratangaje cane ukuntu Top Girls iriko ikubita iyomirwi
bisaba irihiganwa ryabakobwa nzorikurikirane paka riheze
kumenga bizoba bikaze gabasha
vyaribikaze rero kubahashitse
Indongozi za PVP Buyenzi ikikibazo bakirabire hagufi
gusa kabisa nkabantu bafise amahera bokwitore iyo ekipe ya pvp buyenzi kuko irakomeye
nihatari kl none bareka kwitaba ihiganwa vyagenze gute
Abo batsinzwe usanga bari bamaze imisi batitegura neza canke naho uburyo bwarabagoye.
hariho imirwi ikwiye kwitabwaho kl
Bigenda gute ngo umugwi hagere yaho witaba ihiganwa utaritunganya.
none nyene pvp itrabivuyemwo canke bazikebura
nukuraba ikibazo gihari mumurwi wa PVP
none kugira babatsinde ivyobitsindo vyose barihehe
asha irabanyagira sindababesha baje baje
uwumwaka irabamara ahubwo mutegeyeyo
erega nibarinde batsinda barakora entrenement zikwiye
ntimubagirire ishari barakora
ahubwo nukuza ndisiga amarangi niyandikakoTop Girls
ndaha amahirwe 80% Top Girls yogutwa igikombe
nyimba izindi equipe atariho ziri kabisa
nibabure bakanure bazikebuka yabasize
equipe zabademu nazo ziratwenza kabisa
none nkubu batitabiriye ihiganwa namande bazocibwa
ahubwo nibatitaba ihiganwa bakwiye gucibwa namande ivyontivyumvikana
gusa ihiganwa riracari ribisi ntawokwiranda kandi ntanuwokwishima ngo ararusha uwundi
abakenyezi kumbe barashoboye
nanje umukobwa wanje azokina umupira
Ibintu Ndabona birakomeye cane
bonne idee vraiment
iryo higanwa uwuzotsinda bazomuha iki
abo bakobwa barakina neza
ABo bakobwa mbega bafise imyaka ingahe
Mbe iryo higanwa rizorangira ryari?
ndashaka kuraba abo bakinyi ingene bakina kabisa
iyo equipe la colombe ndabona ntabishasha
Lumitel isigaye ishigikira ikino cane
bafise imyaka ingahe abo bakobwa
abo bakobwa mbega bazobaha ballon d’or ?
nanje ndifuza kuja mwiyo equipe
Abo bakobwa ndifuza kumenya imis yabo ya entrainement nzoze kubaraba
sinarinz ko Lumitel ubu naho igeze mumipira
Abo bakobwa jewe ndabemeye pe
Iyo equipe top girls jewe ndayifana cane
bahembwa angahe kukwezi?
la colombe ndibaz ntibazi ivyo barimwo
iyo women league vyogenda gt ngo nanje
barakina neza abo bakobwa nukuri
None ko numv babatsinze ibitsindo vyinshi?
mbe bazosubira gukina ryari?
none abo bakobwa bariga?
ABana babakobwa barashoboye pe ahubwo nukubashigikira kuko birakwiriye
nanje burya nkiri muto narakina umupira
Mbega abo bakobwa boba bafise imyaka ingahe?
abo bakobwa barazi gukina pe nanje umwana wanje nzomuzana akina football
Ndifuza kuzomenya aho abo bakobwa bakorera entrainement
bakina imisi iyahe niyahe?
biranezereje cane kubona iterambere nkiryo mugihugu cacu nukuri
nayandi mashirahamwe arakwiye kurabira akarorero kuri Lumitel
iyo equipe city girls ndumva ikina nka Real madrid izobamara
buja queens ngo batsinzwe ibitsindo 7 vyose ndumva abo bobo ntibazi ivyo barimwo
Ewana abo bakobwa aho uzobona mumisi iri imbere bakina muri Man City
Gusa abo bakobwa ndazi ntihazoburamwo abatwara inda
mbega abo bakobwa barafise imodoka ibinguruza
Bakina neza Cyane ndabakunze peeeeee
iyo ni premiere canke deuxieme division bakinamwo??????
Miye najiuliza nani amebafundisha mupira?
Nibakomereze Aho
Jewe Nibanyandikire abo bakobwa nzobashigikira numero yanje ni 66 77 65 45 nibashaka nzobaha imiliyoni 100
ndifuz kuzobabona bariko barakina
iyo equipe top city girls ndumva izohava ija muri coupe du monde
None bisaba iki kugira umuntu aje mwiyo equipe ?
Jewe nzoshirwa mbonye batwaye champions League
amaso yanje aravyiboneye ?
Vyose Bizanira inyungu abakenyezi?
jewe ndanezerejwe niyo nkuru
jewe umu ex wanje twahebanye dupfuye football ⚽
Umu chr wanje akina muri les gazelles gusa akina nabi
Jewe ndibaza ko ataho bazoshika
abo bakobwa burya mwijoro bagiye kuryama baranwa amata
mbona ivyo bintu bizotuma haba ihinduka mumupira wamaguru rikomeye cane
nanje umwana wanje nzomuzana mwiyo equipe kuko bakina neza cane
BBNEWS jewe ndakunda inkuru zanyu kandi mubikora neza cane
Nanje Mumwaka uza nzokina football
bakomeze bakine nanje ndabashigikiye
Jewe Ndabona ko atabishasha
Abo bakobwa gusa mbona badakina neza
Jewe bazoze barambwira ndabahe imipira yo gukina
ico kibuga bakiniyeko ni ciza cane peeee
jewe ndashaka kumenya impamvu bakina umupira bambaye ikabutura
jewe muri abo bakobwa ntihazoburamwo uwuzoba umugore wanje
Bazokinira i Bugarama ryri?
Kazima bakina neza mwizere namwe watsinzwe bizogenda neza igihe kimwe muzohozwa amarira
AMahera bazohembwa mbega bazoyagura iki ? ko mbona bakiri bato
Gutsindwa navyo nibintu bishika rero jewe ndababwiye bahumure
mbega umu arbitre nawenenyene aba ari umukobwa ?
ndibaza ko imiryango yabo yishimiye ivyo bibondo peeee
umusi basubiye gukina jewe nzoza
Abo bakobwa mbega bose baba ngaha i bujumbura
Ndanezerejwe nintambwe bagezeko
Ninkuru nziza cane ese bobandanya uko nyene
numva ari ibintu vyo gusimwa cane
OOOOOOOh mbega urukino rushimishije cane
Jewe umukobwa wanje sinokwemera ko aja mwivyo bintu
Jewe ndafise iciyumviro ciza nohaba kand ndazi cobateza imbere
Umusi umwe ntihazobura uwuzovunika ariko arakina
Hari igihe kimwe bazokwicuza uwo mwanya bataye peeeee
Itsinz nkiyo kenshi iraryoshe
ivyo bitsinda sibike vrt
hahahahah ako nakamaramaza nukuri peeee
Jewe iyo nkina ntibari gutsindwa
Sha burya narinzi ngo iyo equipe niyo muri congo
incuro nyinshi abo bakobwa bama bantangaza cane none bakina gt?
bazotangura Gukina mwijoro ryari?
Jewe hazogera ighe ndabireke kuraba iyo mipira yabo
Sport Burya nikintu gikomeye mubuzima
Abo bakobwa nibaba abagore bazoguma bakina
izo match none twoza turazirabira hehe
twokora iki kugira ntibazosubire
jewe nzoza ndabaha ama jus bazoza baranwa
iyo nkuru numva iryoshe cane
Amakuru Ni meza cane
Abakobwa nkabo barakwiye gushigikirwa
Harimwo umukobwa murabo nakunze
Kazoza kabo bakobwa ni keza
Umupira ndibaza uzobashikana kure
Nukuri nibizere bazoshika kure
jewe sintahura impamvu abakobwa bakina football
Jewe ndakunda abakobwa babakinyi
Hari igihe kimwe bazokwicuza uwo mwanya bamaze bakina umupira
Jewe nzoza kubabera umu coach abo batsinzwe
Jewe nzoza kubabera umu coach abo batsinzwe
Jewe nzoza kubabera umu coach abo batsinzwe
Jewe nzoza kubabera umu coach abo batsinzwe
Jewe nzoza kubabera umu coach abo batsinzwe
Jewe nzoza kubabera umu coach abo batsinzwe
Jewe nzoza kubabera umu coach abo batsinzwe
Jewe nzoza kubabera umu coach abo batsinzwe
abanyamitahe barakwiye gushigikira cane abo bakinyi
Jewe nshaka umugore wanje azobe akina football ⚽
Gushika kure bisaba kwihangana nibakine kuel bazotera imbere
Sha hari igihe abo bakobwa bazoshika kure
ndakeje iyo equipe yatsinze kabisa
Abo kandi uzosanga bazoba abagore mumisi iri imbere
Ayo Makuru jewe arantangeje peeee abana babakobwa kumbe nabo barakina umupira ndumiwe ahubwo
Uwo mukobwa akina yambaye numero 10 ndamuzi numunyakayanza
Lumitel none hamwe yohomba none iryo higanwa ryoca rihagagarara?
Barakina agapira neza
Football burya nasanz ari ikintu kidasanzwe peeee raba nabakobwa basigaye bayikina