Azerbaijan : Abantu barenga 30 baraye bahitanywe n’isanganya ry’indege
Indege yo mu gihugu ca Azerbaijan nomero J2-8243 , yari igiye i Grozny mu Burusiya yagize isanganya hapfa abantu barenga 30. Ikaba yari itwaye abantu bagera kuri 70, yagize iryo sanganya, aho bivugwa ko yoba yasekanye n’ikiguri c’inyoni imbere yo kugwa, ariko ivyo ntibiremezwa neza. Hari nk’igihe c’isaha icenda z’ijoro n’iminota 55 kw’isaha mpuzamakungu (03:55 GMT) kuri uyu wa gatatu.
Amasanamu ya video yerekana iyo ndege yerekeza hasi ku muvuduko munini amapine yamaze gukora hasi, imbere y’uko yadukamwo urubeya rw’umuriro. Ariko kandi ikompanyi y’iyo ndege yavuze ko indege yururutse gihutihuti nk’ibirometero bitatu imbere yo gushika i Aktau. Benshi mu bari muri iyo ndege ni abanya-Azerbaijan ariko harimwo n’abaturuka mu Burusiya, Kazakhstan na Kyrgyzstan.
Turahojeje ababuze!
Yoooh,, birababaje nukuri🥺impanuka ntifise formule !
Birateye agahinda iyaba basi bari gukomereka gus ariko bagume ari bazima.
Birababaje nukuri ,imiryango yabuze Imana ikomeze kuyihumuriza.
Ico kiguri cinyoni nimba cari igitumano kuko ntivyumvikana caje kivahe?
Ashaaa biragoye ivyinominsi mikuru
Turihanganishije imiryango yabuze ababo
Amasanganya tiwari menshi
Amasanganya mu mpera y’umwaka arakunda kwibonekeza
Imana ibakire
Mana ayamasanganya arikuvahe
Niko bimeze umwaka uriguhera
Imana ibakire mubwami bwayo
Basha je ndabona uwumwaka niwahera nkihema nzoshima
Basha burya nyimba atagasanganya murahura shima
Je nubu sindamenya impamvu amasanganya menshi aba mumpera zumwaka
Mana vyose niwe uzi ibiba
Mana ndagusavye ubane nabantu bose kuko shetani iraturembeje
Basha none kombona abantu baremvye bapfa
Gusa ayamasanganya arikuba nimenshi
None imana nayo iravyemera kwabantu bapfa nyene
Mana dufashe uyumwaka uzarangire mana atabandi bantu bahuye namasanganya
Mana raba abana bawe shetani arabageramiye
Ashaaa nikovyama umwaka uri mumpera
Mana bakire
Vyaramutse biba ntawobisubiza inyuma
Imana ahubwo yabarokoye kuba batapfiriye rimwe
Kuba ahubwo itaturitse nikubwimana
Ntakibera ubusa muri burya harya
Umu pilote ngira amaze kubona ico kinyoni yaciye agira ubwoba aca arayimanura kumuvuduko udasanzwe ahubwo numugabo ariko abo bantu bose bapfuye ni benshi. Mana we!!!!
impera yumwaka nibibazo gusa nukuri
Imana ikomeze kwihanganisha abantu
none kumenga indege zamaze abantu
Nivyimana nyene
Mana muvyeyi fasha abawe bwihangana
Ico kinyoni cari kingana ga basha ?ku buryo co korora indege yemwe!!!!!
nukuri bisaba kwihangana pe
None nikukuberiki amasanganya atangura umwaka uri muguhera
Imiryango yabuze Ababo bisabako yihangana
Yoooh,iyo accident ntisobanutse nibagire amatohoza bamenye neza ko yari accident ko atari un coup monté.
Imana idufashe cane kuko iyimisi turageramiwe cane
Imana izabakire neza
nukuri iyimisi yanyuma yumwaka vyama uku nukuri
Niko kimeze mumpera zumwaka
abantu barashize nukuri
bisa naho ubumenga namezi yugutahuka kuko nibeshi bapfuye nukuri
Basha nabo barokotse nugushima
None vyagenze gute ntiturike
nukuri burimpande zose namarira gusa
Abantu nibeshi cane bapfuye nukuri
Nukubaragiza imana gusa nukuri kuko nabonye arikibazo
kare narinziko atandege yogira isanganya
Ivyuwumwaka nihatari
Vyose nivyuma vyabazungu ariko nabo birabahitana
Umuryango wabuze bisaba wihangane niko bimeze
Birababaje kabisa
ivyo bikorera nibyo vyabahitanye nukuri
Basha umuntu nkuwundi nukuri kuko twese tuzopfa
Umuryango wabuze bisaba wihangane
Uwumwaka ninuwambere ahubwo
None bizamuko nyene
Ebana nihatari nukuri ivyaha kwisi
Noneko turangiye kweli?
imana yasubiranye ivyayo ntimukababare
kuvyukuri yihaye muntama zayo gusa tubasabira kuruhuka neza
Nukwama twiteguye kuko ntawuzi umusi nisaha
asha ibintu vyimpfu vyasaze kabisaa
Biragoye nukuri
Mana muvyeyi ube hafi yimiryango yabuze
Ivyinosi namayobera
Imana niyo nkuru muri vyose
Nabo barokotse nibashime imana nabapfuye nabonyene abasigaye tubasabire
Baze dusangire ibihe bitoroshe cane
imana ihoze ababuz bose kabisa
birateye ikigongwe disii
Aha kwisi siwacu pe
ivyo bintu vyabereye mu gihugu ikihe?
nibihangane kweri kwisi niko bimeze
impfuu zubu ningorane vraiment
imana ihoze ababuze kweri kuko birababaje gose
umukama abandanye gubakira mubwami bwayo kweri
Basha niryambere numvise indege yaguye
Harigihe mbanibazako imana ishaka gutwara abayo bose pe
Abantu nkabo bapfiriye rimwe birababaje cane
Muratwenza cane nukuri none tuvugeko bitangaje ?
Basha niyotuja twempi
Dukomeze gusenga gusa dutegure vaho tuzoshikira kuko ntawumenya isaha yiwe
Abarundi naba bahitanwe niyindege mugire kwihangana
biragoye gutahura mugabo ntakundi
none ntabakomeretse??
ivyo bintu biteye ubwobaa nukuri
mwinominsi amasnganya nimenshi cane
ashaaa ahubwo nibashimire imana hapfuye bake cane
abatapfuye nibajahantu babanze basenge imana kuko biba gake
reka twihanganishe ababuze abantu ntakindi cogukora
nihatari kumasanganya ahari kinogihe
mumpera zumwaka niko bimeze
sinzimpamvu mumwaka hagati ntamasanganya umuntu apfa kwumva
imana ibazigame ahobari hose
ivyobintu kobikaze gabasha
imana nibakire mubwami bwayo
ebana uwumwaka uriko uhera nabi basi
gusa vyabayemwo nyene imana kuko hapfuye bake
nakamaramaza shatani yadushwayemwo
imana niyo yakinze nukuri kuba batrapfiriye rimwe
umuntu yarokotse ndibaza nubu umutima nturaja hamwe
mana raba abawe barashize
biratangaje ukuntu indege ikoroka mukirere hakarokoka abantu
Nimigambi yimana
Tugire kwihanga pe
Ntakirenze atari gusenga bakaruhuka amahoro
indege mwinominsi ziriko zigira amasanganya kubwinshi
vyose ntabire ubusa kwinosi turiko