Big Fizzo na Sat-B bagiye kuboneka mugiteramo ca The Ben i Bujumbura.
Haraheze imisi havurwa igiteramo kigiye kubonekamwo umuririmvyi The Ben ava mugihu c'uRwanda kumatariki ya 30/09 na 01/10 ngaha i bujumbura,...
Haraheze imisi havurwa igiteramo kigiye kubonekamwo umuririmvyi The Ben ava mugihu c'uRwanda kumatariki ya 30/09 na 01/10 ngaha i bujumbura,...
Haraheze imisi abatari bake basaba umumenyeshamakuru Edisson Ndayahoze kubaka urwiwe kumpamvu yuko bavuga ko uwo musore afise imyaka myinshi kandi...
Mugihe haheze amezi atatu gusa umuririmvyi Sat B asohoye indirimbo yise Kidding, indirimbo yamusavye gufata indege agana mugihugu ca Tanzania...
Haraheze imisi havurwa indirimbo hagati ya Big Fizzo n'umuririmvyikazi Monia Fleur indirimbo yavuzweko cane itarasohoka, abatari bake bakaba baragarutse kuriyo...
Ni kumusi wejo igenekerezo rya 09/2023 aho umuhinga mugutwenzwa akunzwe cane muri kano karere ka Afrika y'ubuseruko agiye guteramisha abakunzi...
Kur'uyu wa gatatu igenekerezo rya 6 nyakanga 2023 umuririmvyikazi NatachaNgendabanka yaronse ibakwe ryo gutorwa kugira azohiganwe n'abaririmvyi b'ibihangange mu karere...
N'umurirmvyi The Ben aho vyamaze kumenyekana ko kwigenekerezo rya 30/09 na 01/01 agiye gukora ibiteramo bibiri mugisagara ca Bujumbura aho...
Haraheze umwanya muto kumbuga ngurukana bumenyi hacanacanako inkuru ivuga ko umuririmvyi Sat B yaburiwe irengero inyuma yo gukora igiteramo kwigenekerezo...
Ntibikiribanga ivyari bimaze igihe binurwanurwa bihejeje kwemezwa, aho abicishije kumbuga ziwe za Facebook na Instagram yatatangaje ko atagisivya kwigenekerezo rya...
Mugihe hari haheze imyaka itari Mike umuririmvyi Sat B agerageza gusohoka igihugu agana mu bihugu rutura kugira ashobore kuryohera abakunzi...