Waruziko groupe ya whatsapp #Mbonihankuye_Lievin yatanguje mu mwaka wa 2016 ubu ari coopérative ifise millioni zirenga 22 ?
Waruziko groupe ya whatsapp #Mbonihankuye_Lievin yatanguje mu mwaka wa 2016 ubu ari coopérative ifise millioni zirenga 22 ?
U.F.S.D(United Family for Solidarity and Developpment) batanguye ari groupe ya whatsapp yabagenzi no ubu ni association imaze imyaka 3ans ku kivi bakora ku mugaragaro
Batanguye bakotiza 5milles ku kwezi uburyo bumaze kwisununura batangura gukora iyindi migambi baranagura moto ica amafaranga nutundi.
Iyo association ihurikiyemwo abanye Ngozi na Kayanza mbere na Bujumbura ubu ikaba ifise icicaro gikuru Gitega
Ibiharuro baheruka gukora muri iyi weekend bakaba bageze kuri chiffre d’affaire ya 22millions.
Ubu ikaba ari coopérative ikwije amategeko kuko baramaze kurondera ibikenewe ngo biteze imbere biboneka mu kurondera Registre de commerce et NIF
Hari ico bakwigishije?#BBNEWS #ITERAMBERE
Kumpeb nanj reo ya watsapp yanje noyivyaz umusaruro murakoze caaane kwiyo nkuru
Vyiza can
Mushike kure cane
Nimwe ngufu zuburundi mukwiye gushigikirwa nabandi babigireko
ndumva kabisa arisawa yarungutse
kumbe abantu bakoresha whasstp baryamye kubuhiye
Bisaba umutwe hose amahera ariyoo
ivyo birashoboka none
abo ndumva arisawa
asha abo ndumva ubu barifise kl
nta group ya whastap yovamw ivyovyos
iterambere riri mumaboko yacuuu
natwe rero nugu creya group ndumvako bifise akamaro
ubu ndumviseko ama goup ya whastap afise akamaro
ubu ndumva baramaze nokwagura akarere
Mama Burundiii
none yahavuye iba association gute
none munyumvira bungutse izo milion gute
ndabona banasa neza kabisa
ndumva biryoshe kwumva nukuri
none tweho kugire dushikire urworugero vyogenda gute
Iteka kuba tugufise muvyeyi mwiza
bukebuke nigwo rugendo kbx
tugiye hamwe twese birashoboka
Barakwiye gusigurira ugwaruka uko bikogwa kuko nibeshi amaterefone yabo ataco abamariye kandi boyavyaje umusaruro
Urukundo yerekana ,ukwiyegereza abantu abigisha nimigambi turabikenguruka
Kabisa nuvyasa umusaruro group zacu natwebwe murakoze cane kuduha inkuru yakanovera
Bbnews murikukivi mukuduha amakuru imbere cane
Mbe mwahorahe kabisa muziye igihe
Turamwishimiye
intwarikazi yacu
icigwa gikomeye kuri burimuntu kbx. kumbe ntamwwuga udakiza
vyiza cane. ibibintu babisangize abandi
Birateye igomwe cane
Ese koko nirihe banga bakoresheje!!!!!!
uburundi bwarahezagiwe
Ntakuntu uwonyakubahwa yotanga ikiganiro kugira beshi bamenye vyishi kurivyobintu
Ahaaaaaaaa kumbe anahera turayaryamyeko!!!
Ivyobintu bigoye gutahura
ububeshi bwuzuye
nanje vyananiye kwumva ukuntu hoboneka ayomahera atari ubutubuzi gusa
niwiturize muburundi twama mububeshi kugira tuboneke neza naho atakigenda
jewe narumiwe
Ewe barundi twahenzwe
Erega vyongeye ntacatunaniye
Nkunda ugwenya gwanyu peee
mwarirase koko
i can’t say something about this
kuva ryari watssap yatanze amahera ? cnk bagomba kuba baraturemamwo ivyishimo?
Abarundi turi maso ntimwibeshe
vyakomeye kbx!!!!!
batubwire twebwe batubwire uko twokwirira izonoti
Abarundi ubu ntamikino
Uwaturoze kubesha ntiyakaravye
Kuki Abarundi beshi twigaya?
Erega kwigaya biba bikenewe .gusa courage imbere niheza
Bukebuke muzoteba munyemeza
haje vyishi iki ni sindamusiga .ewe Burundi Bwanjeeee!!!!!!!
Ndi murukundo nabadufasha kutwereka uko twobaho .mutubwire amamega yanje nze ndayavyaza umusaruro
WhTssap yabaye ikidandazwa kbx
iwacu ivyiza vyose niho biba
Ntimubigaye ntamwuga udakiza