July 27, 2024

Amagaju FC wo mu Rwanda wemeje amasezerano y’imyaka 2 n’umukinyi w’Umurundi

1

amagaju Fc n’ikipe ikina mucicaro cambere mugihugu c’Urwanda ,mukugerageza gukomeza Ikipe yayo ikaba ikomeza kugura abakinyi batandukanye na cane cane baturuka mugihugu c’Uburundi mwihiganwa rya Primus League.

inyuma yo gusinyisha amasezerano umunyegori aturuka Muri ekipe ya BUMAMURU FC I Burundi,#NDIKURIYO Patient

#NDIKURIYO Patient

Ubu yongeye kugira Amasezerano n’Umukinyi akinira FLAMBEAU du Centre,yitwa RUKUNDO Abdoul Rahman batazira Paplay kuwukinira Imyaka Ibiri.

RUKUNDO Abdoul Rahman batazira Paplay

biragaragara ko abakinyi baturuka I Burundi baguma bizerwa cane kuko turavye igitiri c’abakinyi bamaze gusohoka muri ino misi ari benshi kandi baguma bizerwa cane.

Iciyumviro on Amagaju FC wo mu Rwanda wemeje amasezerano y’imyaka 2 n’umukinyi w’Umurundi

    Jacob
    July 26, 2023

    Abarundi bubahwe cane
    Nibucevuce bizoza sha
    Nizereko bamuhaye akanoti gahagije
    Nukuujya kurondera nikobimeze

    1
    0

Siga Iciyumviro