Mbega cupline waruyizi? n’Uburiro buri hagati mu gisagara ca Bujumbura nukuri ntabundi buriro ndabona bumeze nka cupline
Mbega cupline waruyizi? n’Uburiro buri hagati mu gisagara ca Bujumbura nukuri ntabundi buriro ndabona bumeze nka cupline

Cupline nuburiro bwatanguye neza na neza 2018 bwatanguye ari uburiro busazwe buzamwo abantu bake cane uko imyaka yagiye iragenda cupline yiyubatse ku rwego mpuzamakungu

kuko yarubatswe ku rwego rushimishije cane gose kuko awayibonye mubihumbi 2018 itandukanye nubu kuko hariho vyinshi vyatunganijwe bisabwe n’abantu bahivunira akavuna musase

Yemwe bantu bo mu gisagara ca Bujumbura ba Nyamahanga ba Diaspora nahandi wofungura akamererwa neza atari muri cupline

Mbega cupline waruyizi?n’Uburiro buri hagati mu gisagara ca Bujumbura nukuri ntabundi buriro ndabona bumeze nka cupline umva nawe hari ama services agiye atandukanye nk’icayi co mu gitondo ama café ameze neza ku rwego mpuzamakungu,

akavuna musase gateye igomwe wohora urajayo kuko mu bifungurwa batunganya nuko hari imice igiye itandukanya

Urashobora kuba uvuye muri Europe canke muri Asia ,Amerique nahandi nuko vyose babitegura ku rwego ushaka tutibagiye n’imfungurwa z’igihugu zacu ntitwazisize inyuma

ntahandi atari muri cupline yemwe ba diaspora,Barundi,Banyamahanga muri mugihugu cacu cu Burundi namwe mwese mwipfuza kuza mugihugu c’amata n’ubuki nahandi uzosanga uburiro bumeze neza atari muri cupline kuko hari imfungurwa nziza ziteguye neza ku rwego mpuzamakungu zifise isuku kandi zifise akanovera gashimisha uwuhageze

Nukuruyu wa mbere itariki 21 Myandangaro 2023 niho buguruye kumugaragaro

kaze mwese mwironkere amagara meza na cuplines nigihe cawe nigihe cacu







Cupline iri hagati mu gisagara ca Bujumbura iruhande ya Palais des arts

Mukeneye kutwakura ni:+25765192938


34 ivyiyumviro on Mbega cupline waruyizi? n’Uburiro buri hagati mu gisagara ca Bujumbura nukuri ntabundi buriro ndabona bumeze nka cupline
Wow so nice
I like that place in bujumbura
Good service kabisa murabambere cane gose
Muteka neza kandi ico mbakundira muduha irya zishushe cane
Cupline turabakunda
The first one in our country 🥳
Ni heza
Gusa murazimba cane muraraba mugabanye ibiciro
Jewe Aho hantu iherereye sindahabona neza
🥳🥳Ni hezaa
Iyo menu yabo iteye ubwoba
Cuplines niheza can uwahafunguriy ntahandi yoja