IMPRIMERIE IJE ITAVYOROSHA MU GISAGARA CA BUJUMBURA
Imprimerie yakadasanzwe kandi ikora neza mugisagara ca BUJUMBURA ni SUN LIGTH IMPRIMERIE. aho twagendeye imwe muri imprimerie nziza ariyo SON LIGHT IMPRIMERIE,batuyagiye ivyiza vyiyo imprimerie ndetse nukwitanga kwabo mu kazi kugira batunganirize neza ababitura,twahasanze abantu benshi baje gukoresha ibikoresho bigiye bitandukanye.

Imprimerie yakadasanzwe kandi ikora neza mugisagara ca BUJUMBURA ni SON LIGTH IMPRIMERIE. aho twagendeye imwe muri imprimerie nziza ariyo SON LIGHT IMPRIMERIE,batuyagiye ivyiza vyiyo imprimerie ndetse nukwitanga kwabo mu kazi kugira batunganirize neza ababitura,twahasanze abantu benshi baje gukoresha ibikoresho bigiye bitandukanye.

Niho twabajije umwe muri bo akarusho abona ko kugurira ibikoresho muri SON LIGTH IMPRIMERIE yatwishuye ko : SON LIGTH IMPRIMERIE ari icitegererezo cayandi ma imprimerie ndetse ko yahakundiye ukuntu bihuta mugukora ico umukiriya aba ashaka ,ikindi muvyatumye ahitamwo SON LIGHT IMPRIMERIE nibikorwa biteye igomwe bakora kurusha abandi ; mugusozera yatumiriye abantu bose batarahaza ko ahubwo bonyaragasa bagasidukana n’iyonka kuko bacerewe .

Aha twobamenyesha ko muri SON LIGTH IMPRIMERIE hasazwe hakorerwa ibintu bitandukanye :
-Barakora ibitabu vyabanyeshure mubwoko bitandukanye,


-Barandika kumipira(T-Shirt)y,abana canke niy,abakuze,

-Barakora na calendrie,Ajenda,ndetse na Carnet,

-Barakora ama Carte de visite,
-Barakora nama carte d,Invitation,
-Barakora nama Bagdet en Plastic,nibindi vyinshi…..

Akabirya rero Muri SON LIGTH IMPRIMERIE nuko basazwe bakoresha nivyuma(Machines) biri kubuhinga bugezweho ivyo tukaba twabimenyeshejwe numwe mubasazwe bakorera muri SON LIGTH IMPRIMERIE, aho yatumenyesheje ko bafise nabakozi karuhariwe mugukoresha ivyo vyuma ; ntiyagarukirije aho kuko yongeye kutumenyesha ko nabasazwe babashorera ibikoresho bigiye bitandukanye ko bakorana neza cane mu kubanyarukiriza ivyo baba bakoresheje kandi bikaba bikozwe neza cane mu buhinga bugezweho.

Ikindi mwomenya nuko SON LIGTH IMPRIMERIE ifise abakozi basazwe bahakora bavyize neza bongera barabinonosora mubihugu bitandukanye nkuko twabimenyeshejwe nuwusazwe arongoye SON LIGTH IMPRIMERIE.


Uwusanzwe arongoye SON LIGTH IMPRIMERIE yatumenyesheje ko atampungenge bafise kuko bafise ibikoresho vyiza nabakozi benshi kandi bakora neza,yarangije atumenyesha ko bidahereye aho kuko hari ivyiza vyinshi bariko barategurira abakiriya babo .

Ukaba uri mugisagara ca BUJUMBURA ndetse no mugihugu hagati SON LIGTH IMPRIMERIE ihari kubwanyu,ntibibagiye nabasazwe bari hanze y’igihugu nko muri Repubublika iharanira Demokarasi ya Congo (UVIRA,BUKAVU,KALEMI )nahandi hatandukanye,


ukaba wipfuza kugura ibitabu bigiye bitandukanye canke gukoresha Imipira(T-Shirts)ikozwe neza kandi ukayironka vyoroshe nyarukira muri SON LIGTH IMPRIMERIE aho isazwe ikorera.

SON LIGTH IMPRIMERIE ikaba isazwe ikorera mugisagara ca BUJUMBURA muri komine ya Mukaza Zone ROHERO yambere, ibarabara ryitiriwe abafaransa mu nyubakwa KUSTA PLACE inomero cumi na zibiri (12) hafi y’ubuserukizi bw’igihugu c’ubufaransa hano mu Burundi.

Wewe uri mugisagara ca BUJUMBURA no mu gihugu hagati ndetse no hanze y ‘igihugu ntiwitinye kuko ahuri hose biragushikira,ukaba wipfuza ivyiza bikozwe neza nyarukira muri SON LIGTH IMPRIMERIE aho isanzwe ikorera canke utwakure kuri : +257 79 88 17 69 / +257 22210552
+257 69 72 31 26 / +257 79147290
11 ivyiyumviro on IMPRIMERIE IJE ITAVYOROSHA MU GISAGARA CA BUJUMBURA
Babikora neza kandi ntibazimba najewe bamajije kunkorera roll up nimipira vyokukazi
Burundi terimbere
Terimbere Burundi
Ivyotwaja kurondera hanze natwe ubu birahari sun Light yubahwe
Sur Light imbere cane
Najewe bankoreye neza kandi nzosubirayo
Rêverie imbere cane ndakwibuka kuri université kuva kera waruzi gushakisha komera mutama uburundi kuba bugufite numugisha cane
Machine nziza cane kandi ikora neza
Nkunda service zanyu nabonye n'a bbnews arimwe mwayikoreye ticket kwa kichech mwubahwe
Machine nziza cane kandi ikora neza
Nkunda service zanyu nabonye n'a bbnews arimwe mwayikoreye ticket kwa kichech mwubahwe
Najewe ndashaka muzonkorere invitation za Wedding yaje
Ndagukeje mon frère utere uja imbere....courage goooose biriko biza neza