July 27, 2024

#Burundi : Kur’uyu wa kane itariki 6 ukwezi kw’indwi niho abariko baratunganya igiteramo “Isabukuru Dukunde Uburundi” bahaye ikiganiro abamenyeshamakuru.

3

#Burundi : Kur’uyu wa kane itariki 6 ukwezi kw’indwi niho abariko baratunganya igiteramo “Isabukuru Dukunde Uburundi” bahaye ikiganiro abamenyeshamakuru.

Ico giteramo citiriwe “Isabukuru Dukunde Uburundi” akaba ari iciyumviro cazanywe n’umuririmvyi adasanzwe w’umurundi August Burundi, asanzwe aba muri Reta zunze ubumwe za Amerika(USA) kandi akaba yarasohoye indirimbo yakunzwe cane yitwa “DUKUNDE UBURUNDI”. Asanzwe ari nawe atwara IREBE Company, imwe mumashirahamwe ariko aratunganya ico giteramo bifadikanije na DICOBU (Development, Initiatives and Cooperation Of Burundians in USA) hamwe n’ikinyamakuru #RNTB.

Ico giteramo kikaba kizoba itariki 12 z’ukwezi kw’umunani kikazotangura isaha cumi n’imwe (17h) kikaba kizobera kuri #ARENA.

Isabukuru Dukunde Uburundi izobonekamwo abahinga batandukanye nka:  Augustin HAVYARIMANA azwi nka August Burundi, Imirwi ndangakaranga Amagaba, Komezakaranga, Lac aux oiseaux Intashikirwa, Mutima le Comédien,  Umurwi Ninde, umurwi Les Jumeaux Music Club na Kibonge le comédien wo mu Rwanda

Augustin HAVYARIMANA azwi nka August Burundi

3 ivyiyumviro on #Burundi : Kur’uyu wa kane itariki 6 ukwezi kw’indwi niho abariko baratunganya igiteramo “Isabukuru Dukunde Uburundi” bahaye ikiganiro abamenyeshamakuru.

    Fanny
    July 6, 2023

    Dukinde uburundi bwacu imbere cane
    Wubahwe @ Augustin Burundi ndakwemera cane

    0
    0
    Violette
    July 8, 2023

    Dukunde uburundi

    0
    0
    Joël
    July 8, 2023

    Dukunde uburundi

    0
    0

Siga Iciyumviro