July 27, 2024

Festival de l’indépendance Edition 3: Big Fizzo Yateguye kandi festival Y’ukwikukira nkuko vyama buri mwaka Mubihe vyamatariki yo kwikukira kw’Uburundi

4

Big Fizzo nkuko vyama buri mwaka yateguye ibiteramo vyitiriwe Ukwikukira,ubu ikaba ibaye kuncuro igira gatatu,aho we na Label yiwe arongoye Bantu Bwoy bama batumira abandi baririmvyi bagashobora kwiginana no guteramisha abantu biciye mubiteramo bitandukanye intahe yo kwikukira kwuburundi,Eka abaririmvyi batari bake nabataramenyekana barahabwa amahirwe yo kwerekana ingabire zabo bari kumwe nabakuru babo mumuziki.

uno mwaka akaba yarashoboye guhamagaza abaririmvyi batandukanye nubwo bamwe bitamworoheye abandi bigaterwa nuko batari hafi ariko agashima kuko iyo bari nabo bari mukazi kumuziki kandi ari intambwe kugihugu,akarorero ninka SAT B,NATACHA,eka nabandi….

mukiganiro yahaye abanditsi nabamenyeshamakuru ,aravuga ko atanyungu nimwe ariko arabirondera ariko ari gufasha kugira ateze imbere umuziki,akanavuga ko atazohagarika ataruko abonye wikukiye nawo.

kukibazo c’indirimbo baguma bahagarika yaba iziwe canke izabandi,avugako ari kudatahura igikorwa cabo bakora ati kuko bitaho guhagarika izabo bavuga ko atarinziza kumico yigihugu ariko batitwararika no gushimira ababa nabo baririmvye bahayagiza igihugu nkakarorero indirimbo yiwe HANGAMA,ngo nibabareke kuko nivyo bibagaburira.

tubibutse ko izoba itariki 7,8,9,zukwezi kwindwi ikazobera Bujumbura,Ngozi,Gitega.

4 ivyiyumviro on Festival de l’indépendance Edition 3: Big Fizzo Yateguye kandi festival Y’ukwikukira nkuko vyama buri mwaka Mubihe vyamatariki yo kwikukira kw’Uburundi

    dudu
    July 4, 2023

    kwikukira kw’Uburundi Big Fizzo yubahwe kabisa
    Hejuru cane musaza

    0
    0
    ines
    July 5, 2023

    Ubikora neza brother Big fizzy
    Love you

    0
    0
    Joël
    July 8, 2023

    Big Fizzo imbere cane

    0
    0
    Violette
    July 8, 2023

    Festival de l’indépendance

    0
    0

Siga Iciyumviro