June 17, 2024

Amazina yanje ni ASTON KING

79

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

Mukuntora bigenda uku:nugupfonda like na commentaire kuri instagram ya BBNEWS ukongera ukaja kuri site web ya BBnews ukandika muri commentaire .

Ndabashimiye k’urukundo muzonyereka

79 ivyiyumviro on Amazina yanje ni ASTON KING

    Mzungu Alexis
    June 21, 2023

    Aston King is the best👊

    2
    0
    Kenny Jeezo
    June 21, 2023

    Original mr Aston King Bless Up✍✍✍✍🇧🇮✊🔥🔥🔥

    1
    0
      JQTF7
      June 21, 2023

      Aston king intare y'umurwa yimya izindi zose wubahwe muta🔥🔥🔥

      0
      0
      Bechou
      June 23, 2023

      Go so far my king🔥🔥

      0
      0
    Zabulon
    June 21, 2023

    Subizz noooone
    Aston Intare y'Umurwa
    The Serious lion nkuye i chapeau

    1
    0
    Moses
    June 22, 2023

    Urarenze mubyo ukora our best radio presenter

    1
    0
    SANGWE
    June 22, 2023

    Terimbere bwana Aston King

    #intare_y_umugwa🔥

    1
    0
    Fleury
    June 22, 2023

    Aston king 🧨🔥

    1
    0
    William Ndayikeza
    June 22, 2023

    Aston king abikora neza cane. Najewe ndi muri Chine mpora mfata akanya nkamwumviriza ingene atermisha bira himbaye cane. Ndamushigikiye kandi ndamutoye

    1
    0

Siga Iciyumviro