Amazina yanje ni GYNELLA

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke
nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke
Mukuntora bigenda uku:nugupfonda like na commentaire kuri instagram ya BBNEWS ukongera ukaja kuri site web ya BBnews ukandika muri commentaire .
Ndabashimiye k’urukundo muzonyereka
170 ivyiyumviro on Amazina yanje ni GYNELLA
my gynella much love
urashoboye chri wanj
burundi super girl
urashoboye cane bayiguhe Award
boom boom niwewe Gynella
Imana ikujimbere mukobwa wacu much love
ITEKA AFM ubikora neza chou
umukobwa wacu imbere cane tukurinyuma
Bandanya mwiza ejo niheza
You did great gynella
my number1 station radion much love
mwiza wacu imbere cane
the first one ntanuwundi
thank you