July 27, 2024

Agakino kageze aharyoha na Final ya Best Radio Presenter Award

1

Bakunzi ba BBNEWS namwe mwese mwakunze iciyumviro cacu yo gutunganya agashimwe ka Best radio presenter Ubu rero harageze ko mwerekana urukundo rushitse kubamenyeshamakuru mukunda basigaye mwihiganwa kuko bageze kukanyuma .

Bakunzi ba BBNEWS namwe mwese mwakunze iciyumviro cacu yo gutunganya agashimwe ka Best radio presenter Ubu rero harageze ko mwerekana urukundo rushitse kubamenyeshamakuru mukunda basigaye mwihiganwa kuko bageze kukanyuma .

Mu bamenyesha makuru bashika kuri cumi n’umunani (18) Bose bagiye Mu gice cambere c’ihiganwa abaronse  amahigwe yo gushika muri Final yihiganwa ni : 

-AMI PRO (buja fm)

-ASTON KING (Iteka fm )

-OLI KING 

( Igicu Fm )

-GYNELLA

 (Iteka fm )

-CAPITAINE

 (pj classic fm )

Muraba Bose dukeneyemwo batatu gusa bazoronswa ubushimwe.

Muti mukubatora bigenda gute ? 

-uja kuri Instagram ya BBNEWS ugafyonda like ukagira na commentaire kwi photo yuwo uzoba utoye Aho ukazoba umuhaye amanota agera kubice mirongo itanu kwi Jana ( 50 % ) .

-hama ucuja kuri site web ya BBNEWZ ariyo : www.bbnewz.com

Ukagira cmmentaire kwifoto yuwo watoye ; Aho naho ukazoba umwongeye ibindi bice mirongo itanu kwi Jana ( 50 % ).

Ukaba urahejeje kumuha amahirwe yo gutahukana agashimwe .

Bakunzi ba BBNEWS , bakunzi babamenyeshamakuru kwi radio nibikorwa vyabo hano Mu Burundi Aka Niko karyo kanyuma ko kubashigikira vyimvamutima 

Munyaragase mubahunde amajwi Maze biyorere ubushimwe buteye igomwe .

Menya neza : amatora azotangura ku munsi wa gatatu igenekerezo rya mirongo ibiri nimwe zuku kwezi uyu mwaka nyene ( 21/06/2023) kumbuga hwaniro zacu arizo : INSTAGRAM , WEBSITE

*UBUSHIMWE BUZOTANGWA KU MUNSI WA W’IMANA KWI GENEKEREZO RYA KABIRI MUKAKARO UYU MWAKA NYENE

( le 02 /07/2023 ) 

Urukundo Gwanyu nigwo ruzotuma batahukana ubushimwe 

Iciyumviro on Agakino kageze aharyoha na Final ya Best Radio Presenter Award

    Joël
    July 8, 2023

    Best radio presenter award

    1
    0

Siga Iciyumviro