July 27, 2024

King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE

4

King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE,

avuye muri Dubaï  aho yaramaze iminsi 15 ariko aratunganya ibijanye n’akazi kiwe k’umuziki. Ikintu nyamuku cari camujanye cari igiteramo co guhimbaza imyaka 61 irangiye Uburundi buronse intahe yo kwikukira. 

Abantu batari bake nibo baje kumwakira, bazananye n’ivyapa bimwanditsweko

4 ivyiyumviro on King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE

    johnT
    July 13, 2023

    The king come back

    0
    0
    David
    July 13, 2023

    Burundi to the next level

    0
    0
    the manna
    July 13, 2023

    Sat b imberecane

    0
    0
    Yves
    July 13, 2023

    Mutoto wa buja turakwemera

    0
    0

Siga Iciyumviro