July 27, 2024

Vital’o yenuriye iyindi Mirwi inyuma yo gutsinda Flambeau du centre i Gitega

4

ni kumusi ugira mirongo ibiri wamahiganwa yitiriwe Primus League atunganya nishirahamwe ry’umupira wamaguru mu Burundi aho vyari bitegekanijwe urukino rutari rworoshe nagato hagati y’umurwi wa Vital’o na Flambeau du centre aho imirwi yose yari nishaka ryo kurondera instinzi,narirya umurwi wa vital’o wari usanzwe ufata ikibanza cambere mwihiganwa Flambeau du centre ugafata ikibanza cakabiri vyibonekeje ko atamurwi wari ukeneye kworohereza uwundi narirya flambeau du Centre buca ikina na Musongati

ikaba nayo yahatanira kuraba ko yoronka instinzi kugira yegere Vital’o ariko intsinzi ikaba yatahiye Vital’o ikanato ikenurira flambeau amanota atari make ,nguku ukwo urutonde ruri mumatsindana.

umurwi wa Vitalo ukaba wenurira Flambeau du Centre amanota agera ku 7, rukaba rubaye urukino rugira kabiri umurwi wa Vital’o utsindiye aho i Gitega mugihe iheruka gutsinda umurwi wa musongati uwutsindi aho nyene kuri Stade Ingoma.

Imirwi iri musi yakarongo gatukura ishobora gukoroka mucicaro ca kabiri atagihindutse.

BBNEWZ SPORT.

4 ivyiyumviro on Vital’o yenuriye iyindi Mirwi inyuma yo gutsinda Flambeau du centre i Gitega

    Ismail chado
    February 12, 2024

    Vitalo oyee uyumwaka nirwacu

    1
    0
    Joseph
    February 13, 2024

    Vitaro
    Oooohyeeee

    0
    0
    Nziza
    February 13, 2024

    Vitalo yubahwe

    0
    0
    Pacitoman
    February 20, 2024

    Tefiiii hejuru caaane🚀🚀

    0
    0

Siga Iciyumviro