April 27, 2024

Broadcasting business news yaragendeye Uruganda AJENITEKAS rusazwe rukorera muntara ya cibitoke ca rungombo

33

Mu Burundi uko bukuye nukobwije hagenda haraterimbere mubisata bitandukanye , inganda zihingura ibitandukanye nazo zamaze kubanyishi nibintu vyo kwishimira cane. tefi water

Mu Burundi uko bukeye nukobwije hagenda haraterimbere mubisata bitandukanye , inganda zihingura ibitandukanye nazo zamaze kubanyishi nibintu vyo kwishimira cane.

Broadcasting business news yaragendeye Uruganda AJENITEKAS rusazwe rukorere muntara ya cibitoke ca rungombo

Murugwo ruganda bakaba bahingura ibintu bitaribike harimwo nka mazi Tefi

,jus z’inanasi (jus d’ananas) gingembre, jus yatangawizi iryoshe cane mbere hakaba hari niyindi ihinguwe muburyo bwiza cane kuko ari n’umuti uvura irwara zitandukanye.

Uruganda AJENITEKAS sivyo rukora gusa rurahingura ubufu bw’Ibigori bumwe bita kaunga,agapiriri,

café mpirivuma yakanovera keza cane n’ifu y’ubuyi bwiza cane kubakuze n’abana,  umuryango wose urakoresha ubwo bufu bw’ubuyi.

Uruganda AJENITEKAS n’uruganda rukora ibintu vyiza cane kandi bikaba biri kugiciro kitavuna

kaze muri Benshi Amazi meza n’ubuzima ariyo Tefi,

ubufu bw’Ibigori bwiza(kaunga)  ama jus atandukanye kaze muri benshi hamwe na AJENITEKAS ubuzima buroroha.

BBNEWS ikaba yarashoboye kuyaga numwe mubakora murugo ruganda, bakaba bashimira cane Uruganda rwa AJENITEKAS ukuntu rwabafashije kuvaho rutanguye gukorera muntara ya cibitoke ca rugombo ,rukabakura mugashomeri nku rwaruka rukaba rushimira Uruganda AJENITEKAS.

Mukurangiza BBNEWS

ikaba yifatanije n’uruganda AJENITEKAS mukumenyekanisha (publicité ) ivyo Uruganda AJENITEKAS rusazwe ruhingura cane cane Amazi ariyo Tefi, tugirako tubamenyesha ko Amazi Tefi na mazi meza cane afise akanovera yisangije Amazi Meza n’ubuzima.

33 ivyiyumviro on Broadcasting business news yaragendeye Uruganda AJENITEKAS rusazwe rukorera muntara ya cibitoke ca rungombo

    Joseph
    February 9, 2024

    Tefi niyambere cane ifise akanovera

    2
    0
    Fred
    February 9, 2024

    Ajenitekas nizereko muje muje ntagusubira inyuma
    Turabakunda

    2
    0
    John
    February 9, 2024

    None muzoza ryari I ngozi ? Mubikore uko mwabikoze ibujumbura? Tefi nayinyoye cotebu nikuri ni meza kbs

    3
    0
    Blaise
    February 9, 2024

    Cotebu mwaraturyohereje kabisa muzogaruke
    Promotion yari sawa cane

    3
    0
      Blaise
      February 10, 2024

      Aho mwosanga tefi ni nzira ya gukira kuko mbona abantu benshi bari kuyivuga neza umengo n' umuti wa amaso canke w' umutima

      0
      0
      Mussa
      February 10, 2024

      Ni Ajenitekas ft tefi ? Canke vyose nibimwe?

      0
      0
    Musemakweri Dodo
    February 9, 2024

    Nomukanyosha tefi irakenewe cane

    2
    0
    Emanuel
    February 9, 2024

    Aya mazi nukuri araryoshe kbs mfite i pack 3 munzu mbona ko ari make kbs nshaka izindi nk ipake 20

    2
    0
    Eric
    February 9, 2024

    Nimuze I ngozi duhatwike tefi hejuri

    3
    0
    Nziza
    February 9, 2024

    Tefi iraryohera iranazimbutse kurenza ayandi mazi

    3
    0
    David
    February 9, 2024

    Akanovera ka Tefi mbaniyumvirako mushiramo isukari Hahaha mubikora gute none?
    Muzotuzanire nubufu bwubuyi

    2
    0
    Patric
    February 9, 2024

    None mubikora gute kugira abantu bakunde ibintu mupostinga je ndabakurika kbs ariko aha kwa tefi ndabemeye shaaaa turabarindiriye mu kanyosha

    0
    0
      Viviane
      February 10, 2024

      Tokyo amazi yanyu yateje vuruguvurugu anyway araryoshe cane
      Tefìiiiii

      0
      0
      Huston
      February 10, 2024

      Nikubera gusa amahera ariko arancanga nari kubarihira ticket mukansanga i muyinga nanje numve ako kanovera abandi bari kuvuga

      0
      0

Siga Iciyumviro