February 26, 2024

The Voice of Dance Competition,ihiganwa ry’akataraboneka mwateguriwe na BBNEWZ

14
12 Vyabonye

Voice Of Dance Competition ,ni ihiganwa ryakataraboneka hano mu Gihugu cacu aho rizohuza imirwi yabatamvyi (danse Moderne) itandukanye kw’itariki 26/01/2024 mukigo ca TOKYO BUSINESS CENTER hepfo yo kwa Sioni aho bita kwa Venerand muri Salle yitwa Monalisa,rikaba ritunganywa na Company ya BBNEWS muntumbero yo gushigikira no gushira ahabona ingabirano zitandukanye mubisata vy’imyidagaduro biba vyaribagiranywe,nkivyerekeye intambo (Danse moderne),n’ibindi vyinshi.

iryo higanwa rikaba ritunganijwe muburyo buri mpera zukwezi rizokwama riba gushika mumpera zumwaka mukwezi kwa Kigarama,hama imirwi yabaye iyambere igahabwa agashimwe kumufungo ungana umulioni 1000 000 wamahera y’amarundi.

iryo higanwa nta ba jury bazoba bariho ngo kugira babe abatanga amanota.ahubwo umurwi uzotorwa n’abarorerezi canke abakunzi bawo kugira uronke amahirwe yo kubandanya ihiganwa no gushobora gutahuka uwo mufungo wa milioni yuzuye.

ayo mahiganwa azorangizwa nirindi higanwa ryagakura rizoba rihurikiyemwo ,abahiganywe bose nabavuye mubindi bihugu iryo bise”THE OFFICIAL DANCE CHAMPIONSHIP OF THE WORD”

murahawe ikaze abakunzi b’intambo mvamahanga: nabafise ivyo bashaka kumenyekanisha,canke guterera kugira igisata gishobore gukomezwa no kugenda.

ingo mushigikira abatamvyi banyu mwongere mwidagadure mukubona ibirori n’ingabirano zidasanzwe ziri mu gihugu cacu biciye muntambo.

kwinjira akaba ari amafaranga ibihumbi bitanu 5000 Fbu.

14 ivyiyumviro on The Voice of Dance Competition,ihiganwa ry’akataraboneka mwateguriwe na BBNEWZ

    SAMIA
    January 19, 2024

    Nivyiza caneee gushigikira urwaruka tukuri inyuma

    0
    0
    Ange briella
    January 20, 2024

    Thank you BBnews for your support for the youth🥳

    0
    0
    Francois
    January 20, 2024

    Asha BBnews yubahwee 👍👍

    0
    0
    Claude
    January 20, 2024

    BBnews company yambere tubonako iriko iritaho iterambere nineza y'urwaruka mugushigikira impano zabo zitandukanye 🔥🔥🥳

    0
    0
    Brian
    January 20, 2024

    Muzoz muri benshi kudushigikira twebwe aba danceurs

    0
    0
    Santhia
    January 20, 2024

    Tuzohabaaaa🔥🔥

    0
    0
    Kercy
    January 20, 2024

    Mugabo billet d' éntrée Kumengo mwagize makee😂😂BTW thanks BBnews

    0
    0
    Bery
    January 20, 2024

    BBnews turashima ukuntu mwitaho urwaruka mugushigikira , mugabo murategura nayandi mahiganwa kuzindi mpano nko kuririmba , ntitwoguma mugutamba gusaa😂😂😂

    0
    0
    Laurie
    January 20, 2024

    Natwe aba singers muratwibuka muzoba mugize neza BBnews 🤲🤲

    0
    0
    Angel
    January 20, 2024

    Shahuu uyo mufungoo urakwiyee kwelii🤭👍😂nubu bukene bwo mukwamberee😭😂😂

    0
    0

Siga Iciyumviro