April 27, 2024

Banki yiterambere rya Africa (African Development Bank) yategekanije amafaranga yababa imiriyoni amajana atandatu na mirongo icenda nagatandatu z’amadorari ($696.41) mumugambi wokwubaka inzira ya gari ya moshi.

1

Iyo nzira ya gari ya moshi ikaba igiye kuzohuza Uburundi, Tanzania na Congo Kandi uyo mugambi ukaba ugiye Kuba inkingi y’iterambere rirama hagati yivyo bihugu uko ari bitatu.

Umugambi ( SGR) ugabuwe mubice bitatu…iryo barabara rikaba rigiye kuzofatira kunzira y’itereni isanzwe yaramaze kwubakwa muri Tanzaniya gushika kubutaka butunze bw’ Uburundi.

Iyo shoramari cnk investisement yokwubaka inzira y’itereni hagati y’uburundi na Tanzaniya gushika kuri port ya Dar-Es-Salam, izokwubakwa kubirometero amajana atandatu na mirongo itanu na rimwe (651km) Kandi izoba ikoreshwa numuyaga nkuba.

Iciyumviro on Banki yiterambere rya Africa (African Development Bank) yategekanije amafaranga yababa imiriyoni amajana atandatu na mirongo icenda nagatandatu z’amadorari ($696.41) mumugambi wokwubaka inzira ya gari ya moshi.

    Belyse
    January 14, 2024

    Vyiza cane

    0
    0

Siga Iciyumviro