February 26, 2024
7 Vyabonye

Turi niteka ryo kubamenyesha isohoka y’ireresi iryoshe cane yitwa

  *Gost House*  aho izoja kurubuga rwa YouTube ya 

*BB NEWS* kwuno wa kabiri italiki icenda le 09[01]2024 mukazoza murayironka incuro imwe imwe kundwi😇

……………………………………….

Mwitegure neza cane kuko n’ejo aho bukera🔥.

………………………………………..

umugoroba mwiza mubandanye muryoherwa nibikorwa vya BB News turabakunda cane🥰❤️🫶🏼.

11 ivyiyumviro on Bakunzi bibikorwa vya *BB NEWS* mwiriwe neza

    Ange briella
    January 8, 2024

    I can't wait for thiz movie🔥🔥🥳♥️

    0
    0
    Bery
    January 8, 2024

    Je mbona uburundi bugeze kurugero rushimishije kubijanye nikinwa ryamareresi

    0
    0
    Santhia
    January 8, 2024

    Guys get ready for thiz bangaaaaa😂🥳🔥🔥

    0
    0
    Laurie
    January 8, 2024

    None iri mu kurundi cnk mugi Swahili? 😂 J ntagi Swahili nzi

    0
    0
    Laurie
    January 8, 2024

    Ubundi BBnews niyo yacuu 🥳😂♥️🔥🔥♥️

    0
    0
    Kercy
    January 8, 2024

    Iyo mwari kuza murasohora kabiri mundwi harikuba Ari saw ereg indwi Ni ninii🥺😂

    0
    0
    Francois
    January 8, 2024

    Je nabonye kweli iteye ubwoba😭😂

    0
    0
    Claude
    January 8, 2024

    Iyi film siyo kuraba mwijoro urashaka kurara uriruka😂😂

    0
    0
    Claude
    January 8, 2024

    Umwaka mushasha na vibes zishsha muri BBnews🥳🎉♥️♥️

    0
    0
    Keyskelly
    January 8, 2024

    Nanje muzonshiremwo ndafise impamo rega

    0
    0

Siga Iciyumviro