February 26, 2024
11 Vyabonye

………………………………………..

Ishengero *KABODI DELIVERANCE TEMPLE* riri n’iteka ryo kubatumira mu gikorane cimisi itatu y’ubwiza citiriwe *LA SAISON DES OUBLIES*

aho kizotangura kwuno wagatanu utariki 12/01/2024 kuva isaha cumi n’imwe nigice zumuhingamo (17h30″) kibandanye kuwagatandatu kuva isaha cumi n’imwe zumuhingamo(17h30″) maze gisozere kumusi W’imana itariki 14/01/2024 kuva isaha zitatu zagatondo gushitsa sasita n’igice(9h à 12h30″)no kumuhingamo kuva isaha Cumi nazitandatu gisozere isamoya n’igice z’ijoro(16h à 19h30″).

………………………………………

Kizoremeshwa nabakozi b’imana batandukanye nka

 *Apôtre Albert KIRIMBO*

n’umutumire W’iteka 

*Prophète Josue.*

📍: Ngagara Q2 rue Buconyori en face MUZUNGU Shamba à côté de l’ECOFO Catholique.

Karibu mwese tuzosangire imigisha y’imana.

+257 61 75 36 75

Mugire umugisha🤗🙏🏻❤️

8 ivyiyumviro on Shalom shalom

    Claude
    January 8, 2024

    None Kumengo Ayo masaha kizohereraho Ni mwijoro

    0
    0
    Francois
    January 8, 2024

    Iryo sengero ngira nirishasha ntaryo nari bwabone

    0
    0
    Santhia
    January 8, 2024

    Tuzohabaa🎉

    0
    0
    Bery
    January 8, 2024

    None kizoba ari igikorane c'amashimwe cank?

    0
    0
    Kercy
    January 8, 2024

    Uyumwaka tuwutanguranye amasengesho mesnh

    0
    0
    Keza
    January 8, 2024

    Kaze muri benshi tuzogabane ijambo n'imigisha

    0
    0
    Ange briella
    January 8, 2024

    Je mbona amasengero yaragwiriye kiryo ntary narinz 🤭gsa tuzohabaa🎉

    0
    0
    Angel
    January 8, 2024

    Aho hantu riri sindahabona neza ,nzohava nzimira🤣🤣🤣

    0
    0

Siga Iciyumviro