September 7, 2024

IBINTU BIKOMEZA KOMERA NABI MURI KENYA KU RWARUKA RWA KENYA

1

KENYA ibintu ntibiri kumera neza kandi imyigaragavyo ikomeza gukomera cane ku rwaruka rwa KENYA ntiruriko rusha gutuza kubiriko biraba bimazi imisi itari mike PRESIDENT wa KENYA yoba yaremeye Ibiganiro ko Uro Rwaruka Rwotuza Bakicara bagakora ibiganiro WILIAMS RUTO kugeza ubu ntaco arabona co Gukora

Ikindi nuko KENYA ishobora kwisanga MUNTAMBARA yama sasu no kubura umutekano murico Gihugu ca kenya vya timye igisirikare ca KENYA gikwiragira mumicungararo yose ya kenya ikekwako abagambazi babasi bigihugu Abari muri KENYA musenge cane bishobora gukomera

bbnews #ntihinduka Rachidi BREAKING NEWS #AFRICAN

1 thought on “IBINTU BIKOMEZA KOMERA NABI MURI KENYA KU RWARUKA RWA KENYA

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *