September 8, 2024

Amazina yanje ni ASTON KING

79

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

Mukuntora bigenda uku:nugupfonda like na commentaire kuri instagram ya BBNEWS ukongera ukaja kuri site web ya BBnews ukandika muri commentaire .

Ndabashimiye k’urukundo muzonyereka

79 thoughts on “Amazina yanje ni ASTON KING

  1. Aston king abikora neza cane. Najewe ndi muri Chine mpora mfata akanya nkamwumviriza ingene atermisha bira himbaye cane. Ndamushigikiye kandi ndamutoye

  2. Aston king wewe ndagufana kandi Ikaba ishimwe KO wageze final n’ibindi izobikora uronke na award

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *