Amazina yanje ni GYNELLA
nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke
nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke
Mukuntora bigenda uku:nugupfonda like na commentaire kuri instagram ya BBNEWS ukongera ukaja kuri site web ya BBnews ukandika muri commentaire .
Ndabashimiye k’urukundo muzonyereka
my gynella much love
urashoboye chri wanj
burundi super girl
urashoboye cane bayiguhe Award
boom boom niwewe Gynella
Imana ikujimbere mukobwa wacu much love
ITEKA AFM ubikora neza chou
umukobwa wacu imbere cane tukurinyuma
Bandanya mwiza ejo niheza
You did great gynella
my number1 station radion much love
mwiza wacu imbere cane
the first one ntanuwundi
thank you
Agashimwe ni rwawe mwiza
Uruwambere
Gyna the first uzobarusha Bose
hejuru cane
Gynella wubahwe gose
My gynella
Mwiza wajewe
Niwewe uyikwiye
Lovely voice
Number one radio station
Muyimuhe abikora neza
Gynella arayikwiye
Love forme Rwanda
Ndagutoye
Fire fire hâtive my Gy
Kwakwanya sha iyonoti ntigucike
Award nigwawe @ gynella
My radio presenter
Urashoboye Gynella
Bz chch uzotsinda tekana
Awesome
You are my winner
Bayiguhe
Radio presenter niwewe
Abapampe turahari tuzogushigikira
Award bazoyiguha ryariga Gyne
Top top numéro 1
Bbnewz yubahwe
Award nigwawe ubikora neza
Gutega turakwemera
Miss wacu muyimihe
Iteka FM imbere cane
Wewe ndagutoye mugabo ugomba kugura agacupa 1
Gusorora.com
Najewe ndagutoye mwiza wacu
You are the Best one
Award Award Award
Bayiguje urayikwiye
Bashireho no gutora live tuziyizire kugutora miss wacu
http://www.bbnewz.com
Yubahwe kuciyumviro ciza cogushimira abamenyesha makuru
Much respect you guys
my fashion
Keep going far
Umurundikazi uzivyarimo komezuterimbere love fr Holand
Abikora neza najewe ndamutoye
Pour toujours pas de problème niwewe @gynella
Summer time twika @gynella
Miss Burundi bayiguhe
Iyo award muyihe Gynella
My girl gynella
Best radio presenter award nigwawe
Wewe ndagutoye urayikwiye
courage chri wanj
tukuri inyuma
you the best
big up sana gyna
gynella hejuru cane
courage sister petina
ndakunda ikiganiro cawe gynella
turagushikiye mwana tera imbere
gynella arashoboye ni mu mureke
ayeeeee imbabababab iyoooooooo bebeeeeee hejuru cane gynella wacu
you deserve it Gyna
go ahead dear
Gyna Gynella
ubikora neza di mwiza wacu
i’m your fan
tukuri inyuma
courage mukobwa mwiza imana ikuje imbere
ma fille courage
Gynella hejuru cane tukuri inyuma
Les. MUMU turagufana grave
chuchuuuuuu twagutoye
ndakwipfurije intsinzi petite
thank you so much guys ………
ga kobwa kacu
sister petinaaaaaaaa jewe ndagukunda uvyumveeeee
TUKWIPFURIJE AMAHIRWE
t’es la meilleure chrie
ma collegue shaa
mpora nkumva kwiradio gusa ndashaka kukubona gynella
La seule et l unique
Niwirambire mugenzi
turagukunda komera kumuheto
gynella igikombe ni rwawe
uraserukiye agateka kumwigeme wirambire
gyna gynella aka cute girl nibaguhe iyo award
Ejo hazoba hahiye gyna gynella turi inyuma yawe
nakutakia kila raheri dada yangu
love you gygy wanj ndagufana kuva no kuri ASE TV
ma cousine courage
GOOOO
kandi uri n icuki hhhhhhh
baby girl nkwipfurije gustinda
wew kwanza urabaruta bose
ndagukurikirana ndi muri Kenya courage
gynella tera usayangana imana ikuje imbere
jew ntoye wew hhhhhhhh
you deserse it sister
Award ni rwawe gynella
gyna go go goooo
ubikora neza kuri ITEKA FM
hejuru cane ceneeeeeee
love from south Africa
ndakwikundira maze
je ndagutoye gyna
agasazi kanjye waraduhevye kuri ASE TV ariko
couraje
hewe uwutagutoye ninde ww
gynella nkwipfurije gutsinda kandi nkuri inyuma ,nkwipfurije success
dada yangu songa mbele
Gynella
big up di gyna
Ndabipfurij amahirwe meza🙏
Very nice my sister!winner
Keep going we are proud of you
My gygy baguhe award uradushwanyagura trooo
my favorite one urantesa sana
Turagushigikiye mukobwa wacu
Gygy straight up
Blessup my girl turagukunda
Waooooouhhh ndaryohew ko washits final
Imana imbere
Hezagigwa ma gynella
Twe dushaka wew
Je t’encourage ma chere fille
Urabikwiye pe amahirwe masa gynella
Ka Gynella naka no stress
Ewaaaaana atabaye wew jewe sinzovyemera hhhhhhhh
Pata bitu sh gygy
Gyna umwana wo mumuji
Serukira abigeme mukobwa mwiza
Urashoboye
courage
you deserve it!
Support from Australia #gynella
go ahead
Pata bitu gygy tunakupenda sana
wow so good i’m your fan
Mbega umwana mwiza😍
tera uj imbere
Guma ubemeza sh gygy
ntawundi niwewe abereye iyi AWARD
Cute girl gynella urashoboye sana
mbega!! courage kbs
Agashimwe tugashaka muri iteka fm
Gygy umukazana wacu
cool sana ndaryohewe reo witegure kugaterura
mwiza courage kbs
my gygy how are u doing
Kure cane hashoboka Gyna Gynella
Bamwita cutegirl turinyuma yawe gygy
Uzaze kudusura mu Rwanda se choumie turagukunda
urakaze
Nibuts ngn unduhura mugitondo sinorek kugutora
ITEKA FM hejuru cane itanga ibiganiro vyiza pe
courage kbs mwiza wanje
Much love from gitega
uvuga neza gygy courage kndi
Award given to a
Queen of journalism in Bujumbura sounds great
i like your vibe baby girl
wow you’re so cute