June 5, 2023
08:08

BBNEWZ

Untitled-4

Tag: pep guardiola

‘’Guhurira muri  Finale n’Umurwi  uturuka mu Butaliano  ntabwo ari urukino rworoshe nagato’’,ivyo bivurwa na Guardiola

‘’Guhurira muri  Finale n’Umurwi  uturuka mu Butaliano  ntabwo ari urukino rworoshe nagato’’,ivyo bivurwa na Guardiola

Amakuru, Ibigezweho, Imikino, Inkuru nshasha
Inyuma yitsinda rikomeye murukino rushira urwanyuma rwabahuje na Real Madrid kubitsindo ‘’4 ‘’kubusa  ,Manchester City izotana mumitwe murukino rwanyuma na Inter de Milan muri Championsleague. Kubwa Pep Guardiola ,umumenyereza wa Citizens mubibazo yabajijwe n’abamenyeshamakuru  akaba yashoboye kwishura avuga  ko guhurira murukino rwanyuma na ekipe iva muri SERIE A mubutaliyano atari ikintu coroshe na gato . ’’intsinzi itagabanijwe nagato kandi ikwije ibisabwa vyose kugira yitwe intsinzi,niyo yatumye twiyumva ko dutekaniwe cane.nari  nibicuro kuko muri twebwe twari tugifise imvune mumitima no mumushishito zivyatubayeko mumwaka uheze ariko uno musi twazimaze twumva dutekanye kandi dutekaniwe gose. Ubu tugira dukore  imyitegure mubwenge no kumubiri kuko tuz...